
Greg Le Grec
@GregLeGrecq • 6,413 subscribers
Anti patriotes
Shorts
Videos

Rino joro, imbones zo muri Aigle Noir ya Rêve-rien: - Ziraye zibonye ico arico kugendera muri bus isukuye, irimwo na Wi-Fi - Ziriwe ziraca mu mabarabara meza, azira ibinogo - zakiniye muri stade ikwije ibisabwa - ziraye mu gihugu amatara adacika - ziraye mu mutekano ntangere
Greg Le Grec35,503 views • 1 month ago

Njelina aho yaheruka muri Sénégal ariko atembera île de Gorée, izwi nk'ikibanza cegeranirizwamwo abany'afrika imbere ko barungikwa mu buja USA muri période ya esclavage. Tuvyite ko yari muri voyage d'études vu que nawe nyene adandaza abigeme b'abarundi mu bihugu vy'abarabu?
Greg Le Grec11,192 views • 23 days ago

Abana ba Gipupuzi boreka kudandaza gute ari abarundi babaha imitahe bakoresha mu kwiba amakori batanga? Devises bararonka, muri OBR ntiba déclara... Mbe Se atarashirwa ku butegetsi ko batari bazwi batavugwa nk'abana ba Pita canke Bunyoni? Ntibari bwanavyibuhe honyene 😂😂
Greg Le Grec15,638 views • 3 months ago

Imbones muri Karusi ejo. Ngo baraberewe kandi bambaye amashashe ku mitwe! #Clowns🤡
Greg Le Grec10,972 views • 2 months ago
No more content to load