
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮
@IntareZamweziGi • 7,514 subscribers
Militant pour un Burundi uni, libre et sans tribalisme. Vérité • Justice • Libération du peuple #BurundiUni #IntareZamweziGi ✊ 🇧🇮 🩸
Shorts
Videos

🛑‼️Mutekane Urwanda niruzopfa ruteye Uburundi , nabavandimwe, abariko bakokeza ingwano ni SE Evariste Ndayishimiye na Ndikuriyo Révérien , amakuru nkura #Mucarama , mukarwi ka #CnddfddNyakuri, Kari mubwoba budasanzwe muma groupes Watsap, bati Urwanda m, ruramutse ruduteye , amahirwe y’izina mugambwe #Cnddfdd, uzoba uvutitse, mwaba #DD, mutenyenye uwuzoza kubakubita s’Urwanda n’abana b’Uburundi bari hafi yongaho. À suivre…
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮39,014 次观看 • 6 天前

🛑‼️ Mushiki wanje kwa data , #Cosette , ati :Ariko #DD, izi ntambara muri gukokeza hirya no hino, murabo na muzozishobora? Ngo mwirwa mutanyura amaguru, ngo mushotora #Urwanda mushotora #AFC_M23_Twirwaneho ngo mushotora na #RedTabara , ngo nkubu babahuriyeko , murabo na mwobivuna🫢🚶🏾♂️➡️🚶🏾♂️➡️ Suite👇👂
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮38,561 次观看 • 6 天前

🛑‼️ Umukuru ntiyitangira ingwano✍️ Iterabwoba ry’imbonerakure , niribatere ubwoba nagato, muminsi mike bagiye kunyagirwa , nka kumwe bakubitiwe , mu #Minembwe, na #Pointzéro, ico bashoboye n’Induru , ariko kurugamba, ntaco bashoboye✍️ Dawa ya moto ni moto 🔥🔥 À suivre…
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮79,662 次观看 • 1 个月前

🛑‼️ 🧵 This is what it looks like when people say “#Rwanda is 30 years ahead of its neighbor Burundi”… Look closely at this photo. Madame Ambassador Mathilde Mukantabana, Acting Dean of the Diplomatic Corps, is representing ALL ambassadors at the ceremonies welcoming King Charles III and Queen Camilla at the White House and on Capitol Hill. Burundi? Not at the same table. Not at the same level. Not even visible. Tell that to those who keep minimizing the reality. Rwanda is there, at the highest level of world diplomacy. Burundi, on the other hand, is shining by its absence. The regime will eventually have to accept this Rwandan strength wherever it is found. Respect to Ambassador Mukantabana for this dignified representation 👏 #Intarezamwezigisabo 🇷🇼👁️💪 Edouard Bizimana/ MoFA 🇧🇮 🥲👇👇😂😂
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮90,063 次观看 • 4 个月前

🛑‼️Iyo mbabwiye yuko , Mbayahaga Isidore, ari sekibi. afise imico nki ya Yuda , ni ntaco gituma, bacanyemwo, na Kongolo , mwiyumvire namwe, ubwo buhemu yakoreye uyo mu pasitori w’#Umunulenge,, vuba umuntu agiye kugira ingorane wundi ni Chris Ndikumana, Mbayahaga Isidore , amumereye nabi. À suivre…
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮24,649 次观看 • 1 个月前

🛑‼️ Willy Ngoma, mon frère, ton absence creuse le silence. Je garde vivant ton dernier message : «Toi aussi, bientôt tu rentreras chez toi. Bats-toi pour cela, surtout pour la bonne cause. Je poursuis le combat, la flamme en main. Repose en paix, Mon frère #WillyNgoma 💯combats, 💯 victoire
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮26,459 次观看 • 1 个月前

🛑‼️ Nta usumba uburozi iyo ntwaro ya #CNDDFDD, #Peter yarozwe nuwari umurozi wiwe, abitumwe na #kilogologo . Hama muvyemera mutavyemera uyo ni ntwari, umuryango wose mwarahonye , umwana murica umukazana wiwe murica , hama ngo mushaka agaruke murico gihuru ngo Nuburundi , bon nunteshe umwanya, bandanya ukonyene akari imbere karahinda✍️ #Intarezamwezigisabo
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮28,030 次观看 • 2 个月前

🛑‼️ Reka ndabasubize inyuma , abari bakiri abana mumyaka 20 iheze, na cane cane aba #DD , n’Imbonerakure barabe kandi bumve ijambo nyakubahwa , Paul Kagame , yavugiye imbere y’isi yose,igihe #Cndd yahabwa Igihugu na #Buyoya , mw’umve amajambo yahavugiye kandi y’inkora mutima mw’umve ukuntu aza guheza ijambo arivuze hanyuma mwandike mwige yuko ivyo yahavugiye arivyo amaze gukorera Urwanda n’Abanyarwana , ariko Uburundi ivyo yabasabira ahubwo mwakoze igihushanye nivyo yahavugiye, rero rwaruka Urwanda nigwigeze ruba umwansi w’Abarundi ejo bundi nyakubahwa yahaye ukuboko #Never, sukuvuga yuko atoshaka kutamuramutsa Ahubwo ni kubera ntawanka kuramukanya n’umubanyi , Ariko ndabibutsa yuko igihe cose Uburundi butazoshaka kugirana umubano mwiza n’Urwanda ntaco bizotwara Urwanda, na Korea zombi zibayeho kandi ata usaba uwundi kandi muneza, yabo bose . Rero rwaruka murabe mwige iyo mubeshwe na #Cndfdd yuko Urwanda ari Igihugu c’abatutsi ngo gishaka gutwara akarere uko nukubabesha , iyo #Cndd , ivuze yuko umwansi ari hakurya uko nugushaka kwigumiza kubutegetsi, iyaba Urwanda rwari kuba rufise uyo mutima rwari kuba rwarateye Uburundi,. Ndabibutsa yuko , Radjabu yari umuntu yigira cane kwa nyakubahwa Paul Kagame 🙌🏽 #Intarezamwezigisabo
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮38,538 次观看 • 4 个月前

🛑‼️Hari ibintu abantu bavuga kubera batere ugwamo , ati rero Ububirigi bwahaye Drone 5000 amabandi ya #Cndfdd batere Urwanda , mukoreshe ubwenge neza. Iconzi kandi nfitiye ubumenyi , igihugu nigifatwa na drone canke bagitere aho bari ngo bibaze yuko botekana , Ikindi nuko #CNDD, izi neza mvuze ibizi neza iramutse iteye Urwanda yorara yisanze muri Zambiya na #Kinshasa💯✍️ Nkuko aba #DD bavyivugira uwuraho , padiri yivugiye ati Urwanda n’Uburundi biriko bigwanira muri #Congo ivyo yabivugiye kuri za YouTube zaba #DD , nkimba nkuko yabivuze gufata #Uvira, nukuvuga yuko Urwanda rwabahondeyeyo 🤣 Ikindi mwotahura nuko , batotera Urwanda mugihe, ikibazo ca #AFCM23, ki kibahanze amaso , badafise hepfo naruguru , batazi ukuntu bazokivamwo , kandi bazi neza ayo #AFCM23 yabakoreye🔥🔥 Nyakubahwa ,#PaulKagame yavuze abazohirahira. bagetera Urwanda tuzobasangayo, nk’umuntu yaciye munkotanyi , ingwano yohasi no kugendesha n’amaguru bagema umwansi iyo barayizi. Rero umusuma waba , #DD , inkotanyi arazizi ahubwo bazoja muri #Congo bazobikora ariho bahagaze kandi babikoze uko #AFPR , izoba ifise amakuru💯 #Intarezamwezigisabo Kina Nguvu Sana 👇🔥🔥
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮33,286 次观看 • 4 个月前

🛑‼️ Indoto z umwana w’umunyarwanda ni ugutabarira Igihugu ciwe . N’ikimenyimenyi ni uko nta mwana wo mu #Rwanda atinya inkoho . Aho ayibonye ikintu cambere yihuta kuyıramutsa 🫡 Ariko hakurya tabani umu police , wo kwa #Kilogologo , aba yamukoreye rukanga bana 🏃🏾♂️➡️🏃🏾♂️➡️
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮23,862 次观看 • 5 个月前
