
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮
@UwimanaDative2 • 6,021 subscribers
#Umutwip •Founder and C.E.O at @ikazeventures •Burundi Tour Guide🇧🇮 •MissPopularity🇧🇮 2021•🇧🇮Ambassador at @african_rebirth E-mail : [email protected]
Videos

#sourcedunil Amahoro Barundi Bene wacu. Kano ka video nukuri gashike aho gakwiriye gushika, kumve uwukwiriy kukumva, kandi abafise ubushobozi bwo gufata ingingo badufashe bagire ico bakoze. Twebwe abakora muri kino gisata muri privé turiteguye gufasha uko dushoboye. Murakoze!
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮69,371 görüntüleme • 2 yıl önce

#abatwip Mwaramuste canke Mwiriwe. Murantunga kano kavideo karimwo agashavu🙈, mugabo ku bantu bose bazi ko bahora babikora twisubireko duhindure ingendo, dusukure igihugu cacu. Si ngombwa ngo abaturongoye barinde kubitubwira, uruhara runini ni urwiwacu. #Nawebirakurabacane
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮84,941 görüntüleme • 3 yıl önce

☺️🇧🇮Amahoro cane Barundi Bene wacu. Kubariko baribaza Prix Awa icarico, igituma ndiko ndasaba mumfashe gutora, n’ukuntu batora, kano ka video harimwo inyishu zose. Murakoze abamaze gutora☺️🙏mubandanye mumfasha kubipartagea kugira bishikire benshi bashoboka☺️ #prixawa2023
UmuGuidewanyu👸🏾🇧🇮22,876 görüntüleme • 2 yıl önce
Daha fazla içerik yok.