
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧
@WilsonLixon • 12,231 subscribers
🇨🇦 🇮🇳 and East African Citizen. Youth Ambassador @UN Humanitarian. Former Public Servant in the Government of Ontario
Videos

Yewe Musore uwutaragera I Bwami abeshwa byinshi, Kandi ngo akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze. Aha ubona Ni muri America, Igihugu urubyiruko rwose ruhurumbira kujyamo, ukeka abo ubona mu muhanda bataravukiye 9 months nkawe? Ubu ivata ryakurenze ngo U Rwanda hari ubukene hari ubushomeri, yes birahari ariko se tubivuge tubisubire ni hehe witeze kuba muri Paradizo? Mu Rwanda mufite Leta ikora bikaboneka, umusaza yirirwa azenguruka isi, ijoro n'amanwa ashakisha uko U Rwanda rwava mu bukene, Nigeria, Botswana, Qatar, etc akabasaba gukuriraho Visa abanyarwanda, business bakazoroshya mu gutanga impapuro, bakazana abashoramari kugira abana b'igihugu babyaze umusaruro izo mbaraga zose ziba zakoreshejwe, ariko ndabira ibyo urimo? Ngo shinning lights, izo shinning lights nizo zituma Dangote atekereza kuzana uruganda rwe mu Rwanda, iyo miturirwa niyo ituma Qatar yipfuza gukorana n'abanyarwanda. Aho gushusha umutwe ushakisha uko ubyaza amahirwe ibyo Igihugu cyawe kiri gukora uri kwitotomba. Uyu munsi hari ibihugu bifite za governments atacyo bizibwiye ku bijyanye no kubungabunga umutekano w'abaturage, iterambere ry'ibyo bihugu, ahubwo usanga abayobozi ari kwiba bajyana I mahanga. My dear friend, abanya Libya muri 15 years ago bavuga ibi uri kuvuga but uyu munsi baripfuza kwongera gusubira mu mateka bitagishoboka. Rwanda mufite abayobozi bakora pe, mostly President Paul Kagame, yitanga bikomeye ,kugira Igihugu ciwe kive mu buzima bubi, gusa birababaje kuba uyu munsi abanya Nigerians, aba Zimbabwe, abanyamahanga aribo babibona kugeza naho baza kubyaza umusaruro amahirwe U Rwanda rutanga. Bamwe mu rubyiruko bibereye mu gusakuza gusa ngo ibintu bimeze nabi
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧20,572 просмотров • 1 месяц назад

Nuko President Ndayishimiye ageze i Burundi ati ubu ni jewe natowe ngo ndongoye africa yose🤣🤣🤣 Abanyagihugu mwese musidukane niyonka muze kwigina intsinzi yanje🤣🤣🤣 Abanyeshure nta shure mutondako, abakozi ba Leta mwugare bureau muze kwibarabara kunkeza kuba ari jewe ngiye kuba umukuru w’igihugu wa Africa yose🤣🤣 Ngubwo Uburundi twarazwe na Ntare😭😭😭😭 None harya Kuba Chairperson of African Union (uwuhagarariye ubumwe bwa Africa) navyo baravyiyamamariza bagatorwa 🤣🤣 Mbiswa nje kwiyakirira Papa Africa na Maman Africa🤣🤣🤣
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧40,400 просмотров • 4 месяцев назад

Sadate Munyakazi ikintu nakubwira nuko aya magambo agaragaza slavery mind, ni gute wumva ko ugomba gukira hanyuma ukagira abacakara abaturanyi bawe aho kwumva ko ugomba kubipfuriza canke kubafasha nabo ko batera imbere, muri wowe wumva ko ibyiza aruko wakira nabo bakaba abagukuburira imihanda n’abakogereza ama toilettes, Mu kirundi bavuga bati, ntukamanuze Imana, nawe nakubwira nti kuba Imana yakunze U Rwanda ikaruremera umuyobozi w’umu visionary akoresha inguvu n’ubushishozi akayobora igihugu mu nzira nziza ntibyari bikwiye kugutuma ushinyagurira abataragera muri iyo nzira, ahubwo byagakwiye kukubera isomo kuko na H.E Paul Kagame ntahengeshanya kwibutsa abanyarwanda ati ntimukiyemere ku bandi kuko ntaho muragera, we arabona ko aho yipfuza ko U Rwanda rugera rutaragerayo. Ubona nibura iyo uvuga uti twipfuza kugera aho tuzajya duha akazi abaturanyi, bikagarukira aho. Cange nibura ukihenura wenda ku bagukoronije uti ndipfuza ko tuzagera aho duha ubuzi abakoloni ariko ubu disi wasanga mu mutwe wawe harimo ko abazungu bo uzabasasira a red carpet 😂😂🤦🏾♂️ Abo barundi uvuga nagira nkwibutse ko nujya muri Kaminuza z’U Rwanda uzasangayo benshi bari gutanga umusanzu wabo mu kwigisha the future visionaries of Rwanda. Nujya uvuga ujye wibuka ko bavuga ati abarundi kanaka, cange cndd fdd nayo ubundi ni gushinyagurira abandi barundi twisanze aho turi uyu munsi, ariko nkwibutse ko atariko byahoze. Kandi nta joro ridaca ntikihenure ku muturanyi niwe muzimyamuriro. BWANA SADATE HIMBA UHISHE
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧31,852 просмотров • 8 месяцев назад

Iri nijwi ry’umunyagihugu yayabaye kandi yatuntuye, ushire aho rishimye uribabarire, wongere uryumvire ntukipfuze gukwegera umunyagihugu. Ivyo ukora turabibona, ivyo uvuga turavyumva, harinivyo uvuga bikaduca umutima. SE Evariste Ndayishimiye mbabarira Jewe ndibuka iminsi waza, nkiri muto cane muza kwiyamamaza, mwaza mutwemerera ivyiza gusa, yamara mwarahashitse muricara, urwanko n’ugucanishamwo vyigishijwe nande? Haraho mubesha umunyagihugu ngo muriko mukorera inyungu ziwe yamara mwebwe mugendera mu miduga myiza myiza, mwiyamira mu nda y’indege, mukiyubakira amagorofa, mukirirwa muteranya abataco bapfa, wa munyagihugu yagutora umwe yagushira aho uri akamana intekera ku mutwe, akama ariko arahunga, akamana ubwoba kubera ivy’uvuga. Akama yugarijwe n’ubukene, yakikwa n’amagara ntavurwe kuko ata muganga ahari, agize ngo arapfunzwe, ntasambe canke agafungwa ataco azira. Umunyagihugu ararushe aratuntuye #Lionstory Landry Ninteretse Reynolds Butari Ndondeza amangetengete @KanezaDiane
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧44,996 просмотров • 1 год назад

😭😭😭😭 none ga mana ni gute twisanze aha hantu? 💔💔💔 Ibaze umukuru w’Inama Nshingamateka gukangurira abantu guha amasashe abantu ngo bayahekenye. Niwe mukuru wabashiraho amategeko kubera iki batotora amategeko ahana abakora amakosa, par example kubatoza amande , kubahana mu bundi buryo mugabo apana kuvuga ngo bazoce babaha amasashe ngo bayarye. Ibi vyerekana aho kubaha ubuzima bwa kiremwa muntu kw’uyu mu papa bigarukira. Iri ni ibara, izi mvugo siz’abarongozi nukuri
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧39,412 просмотров • 1 год назад

Urakoze kwisubiruramwo ko ivyo wavuze ataco wabeshe ariko Dr.h.c. Bob RUGURIKA Bob Rugurika we akaza kubwira abantu ko wahindutse, wabeshwa na Nyamitwe na Nshingiro🤦🏾♂️ comme si wari umwana bahenda. Abatibuka Amb. Dr Christine N. Niyonsavye nuyo ntiyahindutse yahinduye umutaka gusa. Abantu baricwa, bakangazwa, imiryango igasigara yipfumbereje, haca igihe ukaza utwasamako ngo yarabeshwe
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧12,268 просмотров • 7 месяцев назад

11 - 12 - 2015 na 12 - 12 - 2015 Imyaka igiye kuba cumi, abacu bishwe bazize uko bavutse, bazize kuba muri Quartier batahisemwo kuvukiramwo canke gukuriramwo. Mpore impore mwese mwabonye ivyabaye uyo munsi. Ufise umutima utihangana ntufungure iyi video harimwo amashusho ateye agahinda.
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧17,775 просмотров • 1 год назад

Bantu reka ncure intimba mbabwire , mbabwire ikintoneka ku mutima, igihugu cacu kigeze ahatemba yemwe, mbega gisha kigana hehe? Nagerageje kuvuga amahoro, ndavuga none ngira nsabe, aho umwana asigaye akura yigishwa kurasa, akigishwa urwanko ngo uwo basangiye umuhora ngo niwe mwansi, ati abo bose ubona batari inkona abo bose ni abansi bawe, ati abo bose wumva bahunze igihugu nibo bitwa za mujeri bakwiye kwicwa😭 ntimukiri abantu muri inyamaswa mwa ba CNDD FDD mwigaye mumaramare ivyo muriko murakora uyu munsi bizokwica igihugu imyaka myinshi😭
Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧10,964 просмотров • 1 год назад
Больше нет контента для загрузки