
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง
@WilsonLixon โข 12,231 subscribers
๐จ๐ฆ ๐ฎ๐ณ and East African Citizen. Youth Ambassador @UN Humanitarian. Former Public Servant in the Government of Ontario
Videos

Yewe Musore uwutaragera I Bwami abeshwa byinshi, Kandi ngo akanyoni katagurutse ntikamenya iyo bweze. Aha ubona Ni muri America, Igihugu urubyiruko rwose ruhurumbira kujyamo, ukeka abo ubona mu muhanda bataravukiye 9 months nkawe? Ubu ivata ryakurenze ngo U Rwanda hari ubukene hari ubushomeri, yes birahari ariko se tubivuge tubisubire ni hehe witeze kuba muri Paradizo? Mu Rwanda mufite Leta ikora bikaboneka, umusaza yirirwa azenguruka isi, ijoro n'amanwa ashakisha uko U Rwanda rwava mu bukene, Nigeria, Botswana, Qatar, etc akabasaba gukuriraho Visa abanyarwanda, business bakazoroshya mu gutanga impapuro, bakazana abashoramari kugira abana b'igihugu babyaze umusaruro izo mbaraga zose ziba zakoreshejwe, ariko ndabira ibyo urimo? Ngo shinning lights, izo shinning lights nizo zituma Dangote atekereza kuzana uruganda rwe mu Rwanda, iyo miturirwa niyo ituma Qatar yipfuza gukorana n'abanyarwanda. Aho gushusha umutwe ushakisha uko ubyaza amahirwe ibyo Igihugu cyawe kiri gukora uri kwitotomba. Uyu munsi hari ibihugu bifite za governments atacyo bizibwiye ku bijyanye no kubungabunga umutekano w'abaturage, iterambere ry'ibyo bihugu, ahubwo usanga abayobozi ari kwiba bajyana I mahanga. My dear friend, abanya Libya muri 15 years ago bavuga ibi uri kuvuga but uyu munsi baripfuza kwongera gusubira mu mateka bitagishoboka. Rwanda mufite abayobozi bakora pe, mostly President Paul Kagame, yitanga bikomeye ,kugira Igihugu ciwe kive mu buzima bubi, gusa birababaje kuba uyu munsi abanya Nigerians, aba Zimbabwe, abanyamahanga aribo babibona kugeza naho baza kubyaza umusaruro amahirwe U Rwanda rutanga. Bamwe mu rubyiruko bibereye mu gusakuza gusa ngo ibintu bimeze nabi
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง20,572 ๆฌก่ง็ โข 1 ไธชๆๅ

Nuko President Ndayishimiye ageze i Burundi ati ubu ni jewe natowe ngo ndongoye africa yose๐คฃ๐คฃ๐คฃ Abanyagihugu mwese musidukane niyonka muze kwigina intsinzi yanje๐คฃ๐คฃ๐คฃ Abanyeshure nta shure mutondako, abakozi ba Leta mwugare bureau muze kwibarabara kunkeza kuba ari jewe ngiye kuba umukuru wโigihugu wa Africa yose๐คฃ๐คฃ Ngubwo Uburundi twarazwe na Ntare๐ญ๐ญ๐ญ๐ญ None harya Kuba Chairperson of African Union (uwuhagarariye ubumwe bwa Africa) navyo baravyiyamamariza bagatorwa ๐คฃ๐คฃ Mbiswa nje kwiyakirira Papa Africa na Maman Africa๐คฃ๐คฃ๐คฃ
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง40,400 ๆฌก่ง็ โข 4 ไธชๆๅ

๐ญ๐ญ๐ญ๐ญ None ga mana twagucumuyeko iki? ๐ญ๐ญ๐ญ๐ญ
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง99,636 ๆฌก่ง็ โข 1 ๅนดๅ

Nuko President Ndayishimiye bamubajije kuvyo yiyumvira ko CNDD FDD yoba yarivye amatora nawe ati mbega ko baheruka gutora Papa, bataberetse uko bamutoye ko mutavuze ngo amatora yibwe๐๐๐ Mu buzima Uburundi bwabonye president wโakasamutwe๐๐๐
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง44,216 ๆฌก่ง็ โข 1 ๅนดๅ

Sadate Munyakazi ikintu nakubwira nuko aya magambo agaragaza slavery mind, ni gute wumva ko ugomba gukira hanyuma ukagira abacakara abaturanyi bawe aho kwumva ko ugomba kubipfuriza canke kubafasha nabo ko batera imbere, muri wowe wumva ko ibyiza aruko wakira nabo bakaba abagukuburira imihanda nโabakogereza ama toilettes, Mu kirundi bavuga bati, ntukamanuze Imana, nawe nakubwira nti kuba Imana yakunze U Rwanda ikaruremera umuyobozi wโumu visionary akoresha inguvu nโubushishozi akayobora igihugu mu nzira nziza ntibyari bikwiye kugutuma ushinyagurira abataragera muri iyo nzira, ahubwo byagakwiye kukubera isomo kuko na H.E Paul Kagame ntahengeshanya kwibutsa abanyarwanda ati ntimukiyemere ku bandi kuko ntaho muragera, we arabona ko aho yipfuza ko U Rwanda rugera rutaragerayo. Ubona nibura iyo uvuga uti twipfuza kugera aho tuzajya duha akazi abaturanyi, bikagarukira aho. Cange nibura ukihenura wenda ku bagukoronije uti ndipfuza ko tuzagera aho duha ubuzi abakoloni ariko ubu disi wasanga mu mutwe wawe harimo ko abazungu bo uzabasasira a red carpet ๐๐๐คฆ๐พโโ๏ธ Abo barundi uvuga nagira nkwibutse ko nujya muri Kaminuza zโU Rwanda uzasangayo benshi bari gutanga umusanzu wabo mu kwigisha the future visionaries of Rwanda. Nujya uvuga ujye wibuka ko bavuga ati abarundi kanaka, cange cndd fdd nayo ubundi ni gushinyagurira abandi barundi twisanze aho turi uyu munsi, ariko nkwibutse ko atariko byahoze. Kandi nta joro ridaca ntikihenure ku muturanyi niwe muzimyamuriro. BWANA SADATE HIMBA UHISHE
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง31,852 ๆฌก่ง็ โข 8 ไธชๆๅ

Iri nijwi ryโumunyagihugu yayabaye kandi yatuntuye, ushire aho rishimye uribabarire, wongere uryumvire ntukipfuze gukwegera umunyagihugu. Ivyo ukora turabibona, ivyo uvuga turavyumva, harinivyo uvuga bikaduca umutima. SE Evariste Ndayishimiye mbabarira Jewe ndibuka iminsi waza, nkiri muto cane muza kwiyamamaza, mwaza mutwemerera ivyiza gusa, yamara mwarahashitse muricara, urwanko nโugucanishamwo vyigishijwe nande? Haraho mubesha umunyagihugu ngo muriko mukorera inyungu ziwe yamara mwebwe mugendera mu miduga myiza myiza, mwiyamira mu nda yโindege, mukiyubakira amagorofa, mukirirwa muteranya abataco bapfa, wa munyagihugu yagutora umwe yagushira aho uri akamana intekera ku mutwe, akama ariko arahunga, akamana ubwoba kubera ivyโuvuga. Akama yugarijwe nโubukene, yakikwa nโamagara ntavurwe kuko ata muganga ahari, agize ngo arapfunzwe, ntasambe canke agafungwa ataco azira. Umunyagihugu ararushe aratuntuye #Lionstory Landry Ninteretse Reynolds Butari Ndondeza amangetengete @KanezaDiane
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง44,996 ๆฌก่ง็ โข 1 ๅนดๅ

๐ญ๐ญ๐ญ๐ญ ibaze nkaho ubonyemwo maman wawe๐ญ๐ญ๐ญ sha genda mwa bagabo mwe murakora ibibi๐ญ๐ญ๐ญ ubu nkaba ba maman nukuri aho kubareka ngo baje kwikenura mubazana muri ubu bubono mubasuzuguza bigeze ngaha๐
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง43,828 ๆฌก่ง็ โข 1 ๅนดๅ

๐ญ๐ญ๐ญ๐ญ none ga mana ni gute twisanze aha hantu? ๐๐๐ Ibaze umukuru wโInama Nshingamateka gukangurira abantu guha amasashe abantu ngo bayahekenye. Niwe mukuru wabashiraho amategeko kubera iki batotora amategeko ahana abakora amakosa, par example kubatoza amande , kubahana mu bundi buryo mugabo apana kuvuga ngo bazoce babaha amasashe ngo bayarye. Ibi vyerekana aho kubaha ubuzima bwa kiremwa muntu kwโuyu mu papa bigarukira. Iri ni ibara, izi mvugo sizโabarongozi nukuri
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง39,412 ๆฌก่ง็ โข 1 ๅนดๅ

Urakoze kwisubiruramwo ko ivyo wavuze ataco wabeshe ariko Dr.h.c. Bob RUGURIKA Bob Rugurika we akaza kubwira abantu ko wahindutse, wabeshwa na Nyamitwe na Nshingiro๐คฆ๐พโโ๏ธ comme si wari umwana bahenda. Abatibuka Amb. Dr Christine N. Niyonsavye nuyo ntiyahindutse yahinduye umutaka gusa. Abantu baricwa, bakangazwa, imiryango igasigara yipfumbereje, haca igihe ukaza utwasamako ngo yarabeshwe
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง12,268 ๆฌก่ง็ โข 7 ไธชๆๅ

11 - 12 - 2015 na 12 - 12 - 2015 Imyaka igiye kuba cumi, abacu bishwe bazize uko bavutse, bazize kuba muri Quartier batahisemwo kuvukiramwo canke gukuriramwo. Mpore impore mwese mwabonye ivyabaye uyo munsi. Ufise umutima utihangana ntufungure iyi video harimwo amashusho ateye agahinda.
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง17,775 ๆฌก่ง็ โข 1 ๅนดๅ

Bantu reka ncure intimba mbabwire , mbabwire ikintoneka ku mutima, igihugu cacu kigeze ahatemba yemwe, mbega gisha kigana hehe? Nagerageje kuvuga amahoro, ndavuga none ngira nsabe, aho umwana asigaye akura yigishwa kurasa, akigishwa urwanko ngo uwo basangiye umuhora ngo niwe mwansi, ati abo bose ubona batari inkona abo bose ni abansi bawe, ati abo bose wumva bahunze igihugu nibo bitwa za mujeri bakwiye kwicwa๐ญ ntimukiri abantu muri inyamaswa mwa ba CNDD FDD mwigaye mumaramare ivyo muriko murakora uyu munsi bizokwica igihugu imyaka myinshi๐ญ
Hon. ๐๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐๐ข๐ฑ๐จ๐ง10,964 ๆฌก่ง็ โข 1 ๅนดๅ
ๆฒกๆๆดๅคๅ ๅฎนๅฏๅ ่ฝฝ