
CNDD-FDD
@CnddFdd • 115,432 subscribers
Conseil National de Défense de la Démocratie - Forces pour la Défense de la Démocratie. Parti vainqueur aux élections de 2005, 2010, 2015 et 2020 au Burundi.
Videos

Mw’ijambo ry’ikaze yashikirije, Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNDD-FDD, Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo yashimiye Abarundi muri rusangi n’Abagumyabanga mu buryo bw’umwihariko, ko bajijutse batagiha agaciro amajambo y’icavutu akwiragizwa n’abansi b’Uburundi, ata kindi bashaka atari kudusubiza inyuma: “Bagumyabanga, inyifato yanyu irashimishije cane…Ivyo gusamazwa n’amajambo Abarundi twarabirenganye..Duhagarare neza, tugume ku kivi” #Burundi #WarakozeMana
CNDD-FDD59,685 次观看 • 1 年前

Mu gisabisho mpuzamadini co gushimira Imana cama gitunganywa n’Umugambwe CNDD-FDD buri wa kane wa nyuma w’ukwezi, Umukuru w’Igihugu akaba n’Umukuru w’Inama nkuru y’Inararibonye, Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yibukije Abagumyabanga ko Imana yamye yiyereka ihanga ryayo. Yagize ati: “ Imana iyo isezeranye irashitsa. Uyu mugambwe CNDD-FDD si umugambwe w’umufondafondano, ni Umugambwe washizweho n’Imana” Yaboneyeho akaryo ko guhimiriza zina murundi wese kuvavanura n’akabi kose, kuko Uburundi buri mw’isezerano dusabwa twese kuzirikana no guteramira.
CNDD-FDD20,007 次观看 • 1 年前

Le Parti CNDD-FDD a pris part au Congrès extraordinaire du Chama Cha Mapinduzi qui a désigné SE Samia Suluhu, candidate du #CCM à la prochaine élection présidentielle. Très Hon Ndikuriyo Révérien lui a transmis les salutations fraternelles du Président du Conseil des sages, S.E SE Evariste Ndayishimiye.
CNDD-FDD11,578 次观看 • 1 年前
没有更多内容可加载