
Elsie Gretta Burundi🇧🇮
@iamelysgretta • 16,070 subscribers
🎓Psychologue/BLOGGER/JOURNALISTE INDÉPENDANTE ,/follow: @ingoma257/BerryMusic ‘s regional manager /Mes tweets n engagent que moi
Shorts
Videos

INKURU Y‘Umubabaro 💔💔💔 Uyu Mumama ukwezi kwa 12 kwamugendeye nabi 🚨Mukiganiro yatanze kuri Siren Vibes avugako yabuze umwana uyo mwana yitavye Imana agonzwe mungagara kuri Ozone Diplomatique 🚨Bakiri mukiriyo cuyo mwana,Uyundi muhungu Wiwe Yitwa Ricki yaraburiwe irengero ntawuzi ahari haraheze ukwezi (Uyu mwana asanzwe ngo yarafise ikibazo c‘akabonge bishoka ko vyanse ko yakira urupfu rwa mukuru wiwe 🚨DUTERE AKAMO ‼️na Leta ifashe kandi Umuntu wese afashe Uyu muvyeyi kurondera Uyu mwana wiwe murumvako batarakira neza n’ivyurupfu rwuwambere Imana ihe uyu muryango Inguvu zokwihangana
Elsie Gretta Burundi🇧🇮48,260 views • 7 months ago

Nido :430mill fbu Mayonnaise:33millfbu Not for beginners 🥲🥲🥲🥲🥲🥲🥲🥲🥲
Elsie Gretta Burundi🇧🇮41,465 views • 7 months ago

Harya bisaba iki ngo abaririmvyi mu 🇧🇮bacu nabo bitabire Trace awards ?
Elsie Gretta Burundi🇧🇮46,602 views • 1 year ago

‼️Kirikou yarwariye I buraya aho yari yagiye mubiteramo Ubu akaba abarizwa kwa muganga
Elsie Gretta Burundi🇧🇮12,184 views • 3 months ago

🤣Ico abarundi bapfa nicongereza Nico abanyarwanda bapfa na “R” n “L”mugifaransa
Elsie Gretta Burundi🇧🇮16,733 views • 6 months ago

🌹Burundian girls sha … Dushaka commentaires nziza gusa ahaa…
Elsie Gretta Burundi🇧🇮47,725 views • 2 years ago

🚨‼️la famille du défunt Canjo Amissi a été informée et impliquée. Après de longues discussions entre la famille de Canjo Amissi et l’artiste kényan Bien, un accord a été trouvé. C’est ainsi que Bien a officiellement sorti cette chanson, fruit de cette entente. 🇧🇮🇰🇪❤️
Elsie Gretta Burundi🇧🇮20,724 views • 9 months ago