
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮
@IntareZamweziGi • 7,711 subscribers
Militant pour un Burundi uni, libre et sans tribalisme. Vérité • Justice • Libération du peuple #BurundiUni #IntareZamweziGi ✊ 🇧🇮 🩸
Shorts
Videos

🛑‼️Kumunsi wambere Umurundi w’umufana wa #AigleNoire, uko vyamugendekeye ageze i #Kigali 🤣🤣
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮69,680 просмотров • 22 дней назад

🛑‼️ Bwana #Pacifique , ati ndayaga na #GenNiyombare , birya Ndikuriyo Révérien , avuga yuko ya kunda #PeterNkurunziza , sinabaza yuko yamukunda kurusha ukuntu #GenNiyombare ya mukunda, eka n’umugambwe wa #Cndd ivyo twagwanira sivyo vyakurikijwe, ati arababazwa no kubona ivyo bakoreye umugambwe, atarivyo vyakurikijwe. Suite,👂👇
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮84,267 просмотров • 1 месяц назад

🛑‼️🫢🙆🏾♂️👉 Rwanda🇷🇼 has no coastline, no oil, and no refinery. Yet in 2026, #Kigali opened two ocean gateways at once: #Mombasa plus Kenya’s 1,342 km pipeline ,and Tanga. A government-to-government deal with Kenya on 29 June. A Tanga deal four days later. Direct supply from Oman. Storage raised from 35 days to 90. A stake in #Kenya Pipeline after the March IPO. This is not luck. It is strategy: never depend on one corridor, negotiate both, store more, and aim at the Great Lakes market — not just the pump in Kigali. A landlocked country putting itself in a position to sell fuel to its neighbours is not improvised. It is built. That is called leadership. #Rwanda #Kagame #EastAfrica
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮20,860 просмотров • 10 дней назад

🛑‼️Mutekane Urwanda niruzopfa ruteye Uburundi , nabavandimwe, abariko bakokeza ingwano ni SE Evariste Ndayishimiye na Ndikuriyo Révérien , amakuru nkura #Mucarama , mukarwi ka #CnddfddNyakuri, Kari mubwoba budasanzwe muma groupes Watsap, bati Urwanda m, ruramutse ruduteye , amahirwe y’izina mugambwe #Cnddfdd, uzoba uvutitse, mwaba #DD, mutenyenye uwuzoza kubakubita s’Urwanda n’abana b’Uburundi bari hafi yongaho. À suivre…
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮39,014 просмотров • 23 дней назад

🛑‼️ Umukuru ntiyitangira ingwano✍️ Iterabwoba ry’imbonerakure , niribatere ubwoba nagato, muminsi mike bagiye kunyagirwa , nka kumwe bakubitiwe , mu #Minembwe, na #Pointzéro, ico bashoboye n’Induru , ariko kurugamba, ntaco bashoboye✍️ Dawa ya moto ni moto 🔥🔥 À suivre…
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮89,068 просмотров • 1 месяц назад

🛑‼️ Mushiki wanje kwa data , #Cosette , ati :Ariko #DD, izi ntambara muri gukokeza hirya no hino, murabo na muzozishobora? Ngo mwirwa mutanyura amaguru, ngo mushotora #Urwanda mushotora #AFC_M23_Twirwaneho ngo mushotora na #RedTabara , ngo nkubu babahuriyeko , murabo na mwobivuna🫢🚶🏾♂️➡️🚶🏾♂️➡️ Suite👇👂
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮38,561 просмотров • 23 дней назад

🛑‼️ AigleNoire ya Ndikuriyo Révérien , tayari i’#Kigali , ariko nkuko narin nabihuze #Ndikuriyo , yahahwe gasopo ka #Kirogorogo , kudahirahira kuja mu #Rwanda , yahisemwo kuja muri #Kenya, kuzitira #Abarundi , ngo nibaje muri #RedTabara, aya masaha ndonse amakuru y’Abarundi 1869, baburiwe irengero nibazi aho baciye‼️‼️ À suivre…
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮26,438 просмотров • 18 дней назад

🛑‼️Ibibintu uyu mugabo avuze urumvako yabitumwe n’Umurundi , wo mubwoko bwabahutu canke bwabatutsi, iyo nshaka nari kuvuga ubwoko bumwe bwaba aribwo bwamutumye kubivuga,. Ariko tugendeye mukuri , ntaco yabeshemwo , gute abiyita abahutu aribo bariko bacinyiza abahutu benewabo 🤷🏾♂️ Ikindi nshaka kwongerako, haribivugwa ngo Uburundi butewe abahutu bozofata imipanga bice Abatutsi ico coco ndagihakana nikizoba 💯✍️ Umuhutu n’Umututsi bapfuye rumwe , ahubwo hazokwicwa bose , na cane cane abadashigikiye , umugambwe washetani wa #Cnddfdd. Mperezako mvuga mbwira aba #DD murakoze kubera ayo mabi yose mwakoreye Abarundi, yaba Abahutu yaba Abatutsi , bamwe baranyandikiye bambwira , bati ubu dusigaye twibonamwo kuba #Ndumurundi aho kugendera kumoko, ngwaba #DD , batumye tumenya umwansi wacu uwariwe n’umu #DD Rero rukamvye Abarundi bazofatana munda , mugihe ka kagarwi kaba #DD kazoba kariko karahunga amaguru adakora hasi , kandi sikera💯✍️ #UbumweBwabarundi 🙌🏽
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮31,657 просмотров • 27 дней назад

🛑‼️ Nguyu #ColKabundi, arabayagira ukuntu yarazi gutega🫢 À suivre..
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮28,082 просмотров • 26 дней назад

🛑‼️ Nkuko nari navyanditse ejo , mvuga yuko uwuzokurikigwako ni #ChrisNdikumana, FOCODE nkimba mwo mwegera , mwo mubwira ati , uzokwirinde guhonyoza akaguru m’Urwanda , canke kuzohakorera ibikorane kenshi na kenshi , n’ikimenyamenya , mutege amatwi iyi sanamu uko , yabajijwe ikibazo kuri #ChrisNdikumana, nukuntu yagize amasoni, mukiganiro harahantu , yabajijwe kuvyerekeye uko amubona yanka gusubiza, nahandi yavuze iyo « Ntibindaba » Mbayahaga twarabanye mu #Nyakabiga , ubwo buhemu yarasanzwe abufise , uyo mubona kw’icupa niyari yoroshe nagato ,mukabare ahitwa kwatujajure ,hoho uta musororeye , yahava yamaze guteranya akabare kose , amacupa akaguruka💯✍️ #ChrisNdikumana, bangwe bangwe👁️
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮42,476 просмотров • 2 месяцев назад

🛑‼️ 🧵 This is what it looks like when people say “#Rwanda is 30 years ahead of its neighbor Burundi”… Look closely at this photo. Madame Ambassador Mathilde Mukantabana, Acting Dean of the Diplomatic Corps, is representing ALL ambassadors at the ceremonies welcoming King Charles III and Queen Camilla at the White House and on Capitol Hill. Burundi? Not at the same table. Not at the same level. Not even visible. Tell that to those who keep minimizing the reality. Rwanda is there, at the highest level of world diplomacy. Burundi, on the other hand, is shining by its absence. The regime will eventually have to accept this Rwandan strength wherever it is found. Respect to Ambassador Mukantabana for this dignified representation 👏 #Intarezamwezigisabo 🇷🇼👁️💪 Edouard Bizimana/ MoFA 🇧🇮 🥲👇👇😂😂
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮90,139 просмотров • 5 месяцев назад

🛑‼️ Kaka na Dada, inci mbiri zinatakiyana Amani na undugu 🇷🇼 🇹🇿
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮57,541 просмотров • 4 месяцев назад

🛑‼️Iyo mbabwiye yuko , Mbayahaga Isidore, ari sekibi. afise imico nki ya Yuda , ni ntaco gituma, bacanyemwo, na Kongolo , mwiyumvire namwe, ubwo buhemu yakoreye uyo mu pasitori w’#Umunulenge,, vuba umuntu agiye kugira ingorane wundi ni Chris Ndikumana, Mbayahaga Isidore , amumereye nabi. À suivre…
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮24,649 просмотров • 2 месяцев назад

🛑‼️Muri district ya #Gasabo (segiteriyz Bumbogo). abana bariko bigishwa kuzorinda igihugu no kukibakundisha, nka kumwe kwa #Israel n’#Ubushinwa, Urwanda ruri kure cane 🚀 Ehe shahu ijisho ryabo n’ ukuntu baberewe , gusumba ya miserebende ya #FDNBi🤣
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮24,856 просмотров • 2 месяцев назад

🛑‼️ Willy Ngoma, mon frère, ton absence creuse le silence. Je garde vivant ton dernier message : «Toi aussi, bientôt tu rentreras chez toi. Bats-toi pour cela, surtout pour la bonne cause. Je poursuis le combat, la flamme en main. Repose en paix, Mon frère #WillyNgoma 💯combats, 💯 victoire
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮26,459 просмотров • 2 месяцев назад