
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮
@IntareZamweziGi • 4,644 subscribers
Je lutte pour la liberté des Burundais, pour un Burundi uni sans aucun tribalisme, et pour la véritable libération de mon peuple. 🇧🇮 🩸
Shorts
Videos

🛑‼️ 🧵 This is what it looks like when people say “#Rwanda is 30 years ahead of its neighbor Burundi”… Look closely at this photo. Madame Ambassador Mathilde Mukantabana, Acting Dean of the Diplomatic Corps, is representing ALL ambassadors at the ceremonies welcoming King Charles III and Queen Camilla at the White House and on Capitol Hill. Burundi? Not at the same table. Not at the same level. Not even visible. Tell that to those who keep minimizing the reality. Rwanda is there, at the highest level of world diplomacy. Burundi, on the other hand, is shining by its absence. The regime will eventually have to accept this Rwandan strength wherever it is found. Respect to Ambassador Mukantabana for this dignified representation 👏 #Intarezamwezigisabo 🇷🇼👁️💪 Edouard Bizimana/ MoFA 🇧🇮 🥲👇👇😂😂
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮89,750 次观看 • 1 个月前

🛑‼️ Reka ndabasubize inyuma , abari bakiri abana mumyaka 20 iheze, na cane cane aba #DD , n’Imbonerakure barabe kandi bumve ijambo nyakubahwa , Paul Kagame , yavugiye imbere y’isi yose,igihe #Cndd yahabwa Igihugu na #Buyoya , mw’umve amajambo yahavugiye kandi y’inkora mutima mw’umve ukuntu aza guheza ijambo arivuze hanyuma mwandike mwige yuko ivyo yahavugiye arivyo amaze gukorera Urwanda n’Abanyarwana , ariko Uburundi ivyo yabasabira ahubwo mwakoze igihushanye nivyo yahavugiye, rero rwaruka Urwanda nigwigeze ruba umwansi w’Abarundi ejo bundi nyakubahwa yahaye ukuboko #Never, sukuvuga yuko atoshaka kutamuramutsa Ahubwo ni kubera ntawanka kuramukanya n’umubanyi , Ariko ndabibutsa yuko igihe cose Uburundi butazoshaka kugirana umubano mwiza n’Urwanda ntaco bizotwara Urwanda, na Korea zombi zibayeho kandi ata usaba uwundi kandi muneza, yabo bose . Rero rwaruka murabe mwige iyo mubeshwe na #Cndfdd yuko Urwanda ari Igihugu c’abatutsi ngo gishaka gutwara akarere uko nukubabesha , iyo #Cndd , ivuze yuko umwansi ari hakurya uko nugushaka kwigumiza kubutegetsi, iyaba Urwanda rwari kuba rufise uyo mutima rwari kuba rwarateye Uburundi,. Ndabibutsa yuko , Radjabu yari umuntu yigira cane kwa nyakubahwa Paul Kagame 🙌🏽 #Intarezamwezigisabo
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮38,538 次观看 • 1 个月前

🛑‼️Hari ibintu abantu bavuga kubera batere ugwamo , ati rero Ububirigi bwahaye Drone 5000 amabandi ya #Cndfdd batere Urwanda , mukoreshe ubwenge neza. Iconzi kandi nfitiye ubumenyi , igihugu nigifatwa na drone canke bagitere aho bari ngo bibaze yuko botekana , Ikindi nuko #CNDD, izi neza mvuze ibizi neza iramutse iteye Urwanda yorara yisanze muri Zambiya na #Kinshasa💯✍️ Nkuko aba #DD bavyivugira uwuraho , padiri yivugiye ati Urwanda n’Uburundi biriko bigwanira muri #Congo ivyo yabivugiye kuri za YouTube zaba #DD , nkimba nkuko yabivuze gufata #Uvira, nukuvuga yuko Urwanda rwabahondeyeyo 🤣 Ikindi mwotahura nuko , batotera Urwanda mugihe, ikibazo ca #AFCM23, ki kibahanze amaso , badafise hepfo naruguru , batazi ukuntu bazokivamwo , kandi bazi neza ayo #AFCM23 yabakoreye🔥🔥 Nyakubahwa ,#PaulKagame yavuze abazohirahira. bagetera Urwanda tuzobasangayo, nk’umuntu yaciye munkotanyi , ingwano yohasi no kugendesha n’amaguru bagema umwansi iyo barayizi. Rero umusuma waba , #DD , inkotanyi arazizi ahubwo bazoja muri #Congo bazobikora ariho bahagaze kandi babikoze uko #AFPR , izoba ifise amakuru💯 #Intarezamwezigisabo Kina Nguvu Sana 👇🔥🔥
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮33,286 次观看 • 1 个月前

‼️‼️🗣️ pasitori mbayahaga aribasiye Afande James Kabarebe Ngo yarakwiriye kubohwa akajanwa kwa muganga . Sha mbayahaze uragaragaye basi wasambuye Uprona kubera ubukunzi bwinda ujz muri #DD Ivyuhakanye murusengero uzo bibazwa reka warataye ubuntu Ipuuu Reynolds Butari Fearless Lion🇷🇼🇧🇮🇺🇸 Mecky Merchiore Kayiranga Sugira Mireille🇨🇩 Jay Squeezer (kasuku) Olivier J.P. Nduhungirehe MUTESI SCOVIA
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮56,284 次观看 • 1 年前

🛑‼️ Intare za Sarambwe zubasubije imbohe zibahaye n’ubutumwa ziti: Genda mubwire mubwire #Muluba aho tuvuye navyamoko bihari navaya tribalisme bihari twese tubanye neza, aheza avuga ati urgendo gwiza. Reka ndababwire iciza c’ibibintu, aba nibamara gushika Kinshasa bazogenda bayagira ivyiza vyayo, canke #AfcM23,igeze Kinshasa bayinjiremwo 😂😂
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮13,662 次观看 • 3 个月前

Abandi bana AFC/M23 Imana yaraba hezagiye ntakibuza iyi ntamabara muzo yitsinda bavyanka ba vyemera Iyaba babasuma ba SE Evariste Ndayishimiye na ba Félix A. Tshisekedi bari kuba basize bahakoze amabi. Fearless Lion🇷🇼🇧🇮🇺🇸 Sugira Mireille🇨🇩 TEDDY MAZINA Manzi Willy Reynolds Butari Dr.h.c. Bob RUGURIKA Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 Dr. Dash MUTESI SCOVIA Mecky Merchiore Kayiranga UMWAMI 👑🇧🇮 Kivu Info/24 Citizen of Africa 🌍 Lawrence KANYUKA Innocent Muhozi Willy NGOMA
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮39,063 次观看 • 1 年前

Mwaba #DD abatutsikazi bafata neza abagabo namwe murabizi ni soins soins , muvyanka muvyemera muzobana na soins mutapata 🤣🤣🤣 SE Evariste Ndayishimiye , uramubwira GATONI Rosine Guilene uti wibungenze neza twebwe abatutsi umwana tuzomurera 🤣🤣 À suivre.. #Intarezamwezigisabo
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮14,701 次观看 • 5 个月前

La vérité sur les effectifs est facile à vérifier : comment 6 000 à 7 000 soldats rwandais (aux côtés du M23) arrivent-ils à dominer les FARDC, les #Burundais, les Sud-Africains, les #Tanzaniens et les mercenaires réunis, sans faire un seul prisonnier ennemi ? Pourtant, Ndayishimiye continue de pleurnicher en accusant le Rwanda. S’il a vraiment les couilles, qu’il attaque directement le Rwanda : là, on verra s’il assume!! À suivre… #Intarezamwezigisabo #AnalysonCongoTv
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮15,605 次观看 • 5 个月前

🛑‼️Hey Hariana Veras, where are you? I've been calling you for a while. Come here, these are the real reporters showing the truth. This is where you should stop serving your own interests and serve your master from #Kinshasa. Pamela Grace 🤝👌 President Donald J. Trump Secretary Marco Rubio
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮11,005 次观看 • 4 个月前

Message audio umu #Wazalendo Avuga ukuntu ejo #M23 yaba vugutiye umuti ngo bagiye babona #M23 invité inyuma yabo ngo irikuwa vuta ni kuvute ile sha sha irikuwa njo rufu ata #fatshi13 muri #kinshasa yanse kwitaba Telefone 🤣🤣 Ahubwo biteye isoni #M23 kugwana na banyerondo 🤣🤣 ntakundi nukuba kubita Ivyo rero nivyo birindiriye #Imbonerakure za SE Evariste Ndayishimiye caki🤣🔥🏃🏽♂️🔥🏃🏽♂️🤣 Fearless Lion🇷🇼🇧🇮🇺🇸 Sugira Mireille🇨🇩 TEDDY MAZINA Manzi Willy Reynolds Butari Dr.h.c. Bob RUGURIKA Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 Dr. Dash MUTESI SCOVIA Mecky Merchiore Kayiranga Citizen of Africa 🌍 UMWAMI 👑🇧🇮
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮23,840 次观看 • 1 年前

Umu Congo man asaba abarundi kugira révolution , bave muri za mwiriwe nonmuma Space bunge umwe bahashe umwansi ariwe SE Evariste Ndayishimiye hageze temba temba Wamwicanyi . Mutege amatwi 👂👂✍️✍️ #Intarezamwezigisabo Innocent Muhozi Sugira Mireille🇨🇩 Top Kivu Baranerwa🦁 Reynolds Butari Fearless Lion🇷🇼🇧🇮🇺🇸 Dr.h.c. Bob RUGURIKA Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 Dr. Dash TEDDY MAZINA UMWAMI 👑🇧🇮 Mecky Merchiore Kayiranga Willy NGOMA Lawrence KANYUKA RDBF-DiasporaBurundi SOS Médias Burundi
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮11,406 次观看 • 1 年前
没有更多内容可加载
