
Hosy IRAKOZE
@IrakozeHosy • 8,183 subscribers
mama Siren
Shorts
Videos

Nelly Nat Arigwariye ingwara zo gushaka attention irengeje kandi sije ngira ndamuvuze peee. So abahora bambaza ico twapfuye for the first and last time I’ve given you “The Answer”. Ubuho azomvuga gushika kuvyo nzokora muri 2060😭😂 , bien sûr harimwo nivyo nakoze ntaravuka😑
Hosy IRAKOZE51,584 görüntüleme • 1 yıl önce

Murabe ibindi muntuka munkure muri politique. I don’t this sh*t and I will never. Ubintegetse hoho uba uvyishe😂 Abababajwe nabo nuko nagiz réaction si c’était vous vous auriez fait pareil et même pire! Kuko amajambo numva nkahora muri bake mwoya supporta☺️Merci kubansengera❤️🫂
Hosy IRAKOZE27,392 görüntüleme • 1 yıl önce

Uyu mwaka nzotora peee kandi Nzotora NAHIMANA DIEUDONNE😍sinotora umuntu ntazi, ntarabona ivyo yakoze, ntarumva ivyo yakoze ngo numve ko mfise iyo conviction ko ntataye ijwi ryanje😊 PS: Uzozirikane gutora umushingamateka azoshinga amategeko akworohereza kubaho neza nk’Umurundi
Hosy IRAKOZE17,759 görüntüleme • 1 yıl önce

Ngo nahindutse Drogue😩 Je n’umuntu wanje B Face Official twasohoye hit😂 I Hope that you’re enjoying the song and the video😍 SO to the living legend @kidumkibido_ 🙌🏽ndi Umu fana w’indirimbo ziwe kuv kera that’s why it’s Normal to see me as a “Video Vixen”in one of my fav songs of him
Hosy IRAKOZE12,209 görüntüleme • 2 yıl önce
Daha fazla içerik yok.