
King Umurundi Freedom
@KUF_ASBL • 26,731 subscribers
Organisation à but non lucratif engagée pour les droits humains, la démocratie et la bonne gouvernance 🇧🇮 WhatsApp: +33 7 58 27 92 94 https://t.co/gFx95IauDH
Shorts
Videos

#Burundi, 25/08/2026 Birihuta‼️ Isoko nkuru ya Kinindo iriko irasha. Muri kano kanya, isaha zitanu ( 11h00), isoko nkuru ya Kinindo, mu gisagara ca Bujumbura, iriko irasha. Yadutsemwo umuriro mu buryo bataramenyekana. Bivugwa ko umuriro woba watanguriye ahandandarizwa imatela. Abanyagihugu bariko batabaza kugira haboneke uburyo bwihuta bwo kuzimya kuko umuriro ari mwinshi cane. SE Evariste Ndayishimiye, Ntare Rushatsi House, Police Nationale du Burundi, MininterInfosBi
King Umurundi Freedom25,060 views • 12 days ago
No more content to load