King Umurundi Freedom's banner
King Umurundi Freedom's profile picture

King Umurundi Freedom

@KUF_ASBL26,731 subscribers

Organisation à but non lucratif engagée pour les droits humains, la démocratie et la bonne gouvernance 🇧🇮 WhatsApp: +33 7 58 27 92 94 https://t.co/gFx95IauDH

Shorts

#Burundi, 25/08/2026 Birihuta‼️ Isoko nkuru ya Kinindo iriko irasha. Muri kano kanya, isaha zitanu ( 11h00), isoko nkuru ya Kinindo, mu gisagara ca Bujumbura, iriko irasha. Yadutsemwo umuriro mu buryo bataramenyekana. Bivugwa ko umuriro woba watanguriye ahandandarizwa imatela. Abanyagihugu bariko batabaza kugira haboneke uburyo bwihuta bwo kuzimya kuko umuriro ari mwinshi cane. SE Evariste Ndayishimiye, Ntare Rushatsi House, Police Nationale du Burundi, MininterInfosBi

25,060 görüntüleme

#Burundi, le 29/05/2026 Isoko nkuru ya Cibitoke iriko irasha. Abanyagihugu baratabaza. Muri kano kanya, 18h20, isoko nkuru ya Cibitoke (muri zone Rugombo, commune Cibitoke, intara ya Bujumbura) yadutsemwo umuriro mu buryo butaramenyekana. Umuriro ni mwishi cane. Abanyagihugu baratabaza kugira haboneke imodoka izimya umuriro. Police Nationale du Burundi

17,110 görüntüleme

Videos

Daha fazla içerik yok.