
Epitace Nshimirimana
@NEpithace • 5,649 subscribers
Porte-parole du Parti politique de l'opposition: Mouvement pour la Solidarité et la Démocratie @MsdBurundi
Videos

Hari abamaze imisi bacacura n'ibigirankana inyishu umukuru w'umugambwe #MSD yahaye ibinyamakuru mu kwezi kwa mbere mu 2026, bakayiha insiguro itariyo. Ico gihe, inyuma y'umwiherero umugambwe wagiriye mu gisagara ca Mons mu #Bubirigi, umukuru w'umugambwe yasiguye ibikorwa vyo gutomorera neza amakungu ingorane zihari kugira ngo ayo makungu agondoze Reta yemere ibiganiro vyotuma izo ngorane zihera. Ubukene bw'amafaranga y'agaciro buterwa n'uko hari abahagaritse kubandanya bafasha Reta yanse ibiganiro.
Epitace Nshimirimana11,210 görüntüleme • 7 gün önce

Burya akaborerwe ku butegetsi ni ingwara ikomeye. Ubu SE Evariste Ndayishimiye uragiye wihagira amatongo i Karusi, Bugendana, Ruyigi n’ahandi, none ngo abanyagihugu bakenye nibatonde bakurimirе mu mirima? Bino bintu bigaragaza ko utigeze umenya amabanga y’umukuru w’igihugu icarico. Ubundi wategerezwa, iyo utaba umucangero, kurazwa ishinga n’uko abanyagihugu bava mu bukene; none urajwe ishinga n’ugutunga ugatunganirwa, hanyuma Abarundi tukaba abakozi bawe. Ibi, uretse ko atanahandi kw’isi bibaho, birababaje kandi birateye agahinda. Ariko ubwira abumva
Epitace Nshimirimana34,290 görüntüleme • 1 ay önce

La #CVR (Commission Vérité et Réconciliation) vient d'attribuer une maison située à Kiriri à la succession de feu Léonard Ncahoruri, affirmant qu'elle lui a été spoliée en 1972 après le décès de ce dernier. Le président de la CVR est incapable de démontrer que cette maison appartenait à Leonard Ncahoruri, car ce n'est pas vrai et il le sait. En 1972, cette maison, comme la plupart de celles qui étaient occupées par les fonctionnaires, appartenait à l'État. Lorsqu’une personne décédait, était relevée de ses fonctions ou affectée ailleurs, la maison était attribuée à son remplaçant ou à un autre fonctionnaire. En 1973, le gouvernement a décidé la mise en vente de ces maisons en favorisant leur achat par les fonctionnaires. C'est dans le cadre de cette politique que la maison qu'occupait Léonard Ncahoruri de son vivant a été vendue. La famille du fonctionnaire qui l'a achetée l'a par la suite vendue et elle se retrouva à un moment propriété de la société Old East. Cependant, c'est une réalité indéniable que les fonctionnaires qui ont bénéficié de cette politique gouvernementale étaient, dans leur écrasante majorité, des Tutsi, puisque leurs collègues Hutu avaient été tués dans la sanglante répression qui a visé les intellectuels hutu. Cette tragédie n'affecte pas la légalité des acquisitions faites dans ces malheureuses circonstances.
Epitace Nshimirimana20,279 görüntüleme • 4 ay önce
Daha fazla içerik yok.