
Gilbert NIYONKURU
@niyogilbert1 • 27,936 subscribers
Journaliste | Social media | Consultant en communication #Burundi #FreePress
Videos

🇧🇮| Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 : "Naho wogira gute, Léonce Ngendakumana ntareka kuvuga ico yiyumvira ! Juste Gaël yamubajije ikibazo kimeze nko kumutamika inyishu kuri ibi bivugwa ko RED Tabara iriko irakomera. Léonce Ngendakumana amwishura ati :👇 "Abo bantu bafata ibigwanisho jewe sindabashigikiye. Mugabo, kubera umwiheburo n' ishavu bagirira muri ubwo buhungiro NDABATEGERA. None ubuze aho uvugira, abantu ntibakwumvirize, ukavuga uti jewe nashaka gutaha bikanka, bica bigenda gute ? Baca bagenza benuko. (...) ➡️Abantu baze baremera tuvugane ukuri. Umuntu agusavye gutaha ku neza, ukamwankira, aca aheba ? Aregereza kuzoca mu zindi nzira zose zishoboka, mpaka atahe." Kubw’urongoye FOCODE Abantu bagishobora kuvuga ukuri nk‘uyu 👇 mu #Burundi baraharuye pe !" ©️Ireresi y'Umukubito TV
Gilbert NIYONKURU22,354 görüntüleme • 6 gün önce

#Burundi Ba Sakuru barayamaze bati : ⏩️" Uwawe atamba nabi ukiyagaza ku nyo !". Prezida #Ndayishimiye arakwiye kuza arihweza inyifato yabo aba ariko arabwira kugira bimufashe kumenya ko ariko aravuga ijambo nk‘umukuru w‘igihugu "! Ibi ni isoni ku barundi ⤵️ 🇷🇼| 🇷🇼| 🇨🇩
Gilbert NIYONKURU37,441 görüntüleme • 1 yıl önce

Burundi : À Bujumbura l'économie s'éteint peu à peu Marché vide, commerçant désespérés, routes frontières infranchissable le scénario d’asphyxie économique qui plane suscite l’inquiétude le sujet dans le journal de l’Afrique du mercredi 17 décembre #burundi #tv5monde #afrique
Gilbert NIYONKURU17,789 görüntüleme • 8 ay önce
Daha fazla içerik yok.