
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
@semavumba • 8,553 subscribers
Umuranga w akaranga. #ndaraguza #ndaterekera #ndabandwa. #Umunyoni https://t.co/g3X0UvYrxd https://t.co/uoNrJhiHZ2
Shorts
Videos

Za passeport zose mwata munzira muciye Serbie, zagejejwe i Bujumbura....
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮49,620 Aufrufe • vor 5 Monaten

Indege imaze gukororwa, Ingabo z Ababirigi zarinda Umushikiranganji wa mbere zarishwe. None ingabo zirenga 600 za RPA/RPF zari i Kigali zifise n intwaro zo kurinda abayobozi ba RPF zari mu maki? Nazo zarishwe na rpf? Kuki ingabo zaretse Abatutsi baricwa? #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮78,489 Aufrufe • vor 1 Jahr

Inkotanyi yiyemera ninyereke isamu nkiyi ya Paul Kagame... #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮51,597 Aufrufe • vor 1 Jahr

Aba banyarwanda bakura he Amafyigo 44? Canke ni mu banyekongo... #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮54,480 Aufrufe • vor 1 Jahr
2:15
Sensitive content
This media may contain sensitive content.

RDF yaje kutwicira mu Nkambi muri Zaire. Ico gihe twari twishe nde?? #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮44,798 Aufrufe • vor 1 Jahr

IKINTU CAMBERE GITANGAJE NUKO BUNO UBURUNDI BUHANA URUBIBE N URWANDA ARIKO UBUTAKA BW #URWANDA AKABA ATA N AKAVUNJI KUBUTARE BAGIRA UBWO BAFISE BABWIBA MURI CONGO.. AHA HARI UNO MUNSI MU KIBIRA AHO AMATONI AMAJANA YA LITHIUM, TITANE, CASTERITE N UBUNDI BUTARE BIGIYE KWI SOKO KUZANA AMADORARE.....
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮11,694 Aufrufe • vor 3 Monaten
2:17
Sensitive content
This media may contain sensitive content.