
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
@semavumba • 8,681 subscribers
Umuranga w akaranga. #ndaraguza #ndaterekera #ndabandwa. #Umunyoni https://t.co/g3X0UvYrxd https://t.co/uoNrJhiHZ2
Shorts
Videos

Inyuma y'amajambo yanditswe na Nellynat avuga ko nahawe 1000$, ivyo nayakoresheje bitumye PAEEJ hamwe na Ministère Ressources Minières,Industrie&Tourisme ibicishije mu Buyobozi bukuru bujejwe ba mukeharugendo batanga amahirwe ku barundi bafise ingabire zo gufata amafoto ndetse n abafise Ubumenyi mu bijanye n Inyubako kugira bazane igicapo ciza c itunganywa ry Agasumo ka Karera ( Chute de Karera) hamwe n ikiyaga Rwihinda ( Lac aux Oiseaux). Ukeneye kugerageza amahirwe yawe nk Umu Architect link niyi Ushaka kugerageza amahirwe nka Photographe, Influencer, videographe, content creator iyandikishe uciye ngaha Aya mahirwe aherana n itariki 04/10/2026.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮13,002 views • 23 days ago

Umugore wanje yanyemereye Kuzomperekeza mu Rwanda na Aigle Noir C.S ''The Fighters'' gutera Remontada Al Hilal kuri Stade Amahoro kuko yumvise ko Ikigo citwa #RDB categetswe kuntegurira Icumba Ciza nzoraramwo nk Umushitsi w Imena n Umunyarwandakazi azompa utuzi twa Munyuza. Nico gituma madame yambwiye ko ategerezwa kumperekeza...
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮23,343 views • 1 month ago

Za passeport zose mwata munzira muciye Serbie, zagejejwe i Bujumbura....
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮49,620 views • 7 months ago

Indege imaze gukororwa, Ingabo z Ababirigi zarinda Umushikiranganji wa mbere zarishwe. None ingabo zirenga 600 za RPA/RPF zari i Kigali zifise n intwaro zo kurinda abayobozi ba RPF zari mu maki? Nazo zarishwe na rpf? Kuki ingabo zaretse Abatutsi baricwa? #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮78,538 views • 1 year ago

Inkotanyi yiyemera ninyereke isamu nkiyi ya Paul Kagame... #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮51,604 views • 1 year ago

Aba banyarwanda bakura he Amafyigo 44? Canke ni mu banyekongo... #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮54,494 views • 1 year ago
2:15
Sensitive content
This media may contain sensitive content.