
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
@semavumba • 8,298 subscribers
Umuranga w akaranga. #ndaraguza #ndaterekera #ndabandwa. #Umunyoni https://t.co/g3X0UvYrxd https://t.co/uoNrJhiHZ2
Shorts
Videos

Za passeport zose mwata munzira muciye Serbie, zagejejwe i Bujumbura....
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮49,575 görüntüleme • 3 ay önce

IKINTU CAMBERE GITANGAJE NUKO BUNO UBURUNDI BUHANA URUBIBE N URWANDA ARIKO UBUTAKA BW #URWANDA AKABA ATA N AKAVUNJI KUBUTARE BAGIRA UBWO BAFISE BABWIBA MURI CONGO.. AHA HARI UNO MUNSI MU KIBIRA AHO AMATONI AMAJANA YA LITHIUM, TITANE, CASTERITE N UBUNDI BUTARE BIGIYE KWI SOKO KUZANA AMADORARE.....
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮11,686 görüntüleme • 1 ay önce

Indege imaze gukororwa, Ingabo z Ababirigi zarinda Umushikiranganji wa mbere zarishwe. None ingabo zirenga 600 za RPA/RPF zari i Kigali zifise n intwaro zo kurinda abayobozi ba RPF zari mu maki? Nazo zarishwe na rpf? Kuki ingabo zaretse Abatutsi baricwa? #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮78,484 görüntüleme • 1 yıl önce

Inkotanyi yiyemera ninyereke isamu nkiyi ya Paul Kagame... #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮51,583 görüntüleme • 1 yıl önce

Aba banyarwanda bakura he Amafyigo 44? Canke ni mu banyekongo... #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮54,480 görüntüleme • 1 yıl önce

Narababwiye ko aba bantu ko ari Abicanyi. Ntibatinya kwikora munda kugira bagere kunyungu zabo. Ndabira ingene uno mugore yihaya Kuzokwica Col. MAKANIKA mugihe Makanika yahevye FARDC kugira aze gutabara abanyamulenge bicwa na REDTABARA.. #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮48,348 görüntüleme • 1 yıl önce
2:17
Sensitive content
This media may contain sensitive content.

This is how we Welcomed The President of Africa in the Capital of AFRICA.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮13,256 görüntüleme • 4 ay önce