
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
@semavumba • 8,298 subscribers
Umuranga w akaranga. #ndaraguza #ndaterekera #ndabandwa. #Umunyoni https://t.co/g3X0UvYrxd https://t.co/uoNrJhiHZ2
Shorts
Videos

IKINTU CAMBERE GITANGAJE NUKO BUNO UBURUNDI BUHANA URUBIBE N URWANDA ARIKO UBUTAKA BW #URWANDA AKABA ATA N AKAVUNJI KUBUTARE BAGIRA UBWO BAFISE BABWIBA MURI CONGO.. AHA HARI UNO MUNSI MU KIBIRA AHO AMATONI AMAJANA YA LITHIUM, TITANE, CASTERITE N UBUNDI BUTARE BIGIYE KWI SOKO KUZANA AMADORARE.....
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮11,686 次观看 • 1 个月前

Indege imaze gukororwa, Ingabo z Ababirigi zarinda Umushikiranganji wa mbere zarishwe. None ingabo zirenga 600 za RPA/RPF zari i Kigali zifise n intwaro zo kurinda abayobozi ba RPF zari mu maki? Nazo zarishwe na rpf? Kuki ingabo zaretse Abatutsi baricwa? #Umunyoni.
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮78,484 次观看 • 1 年前
2:17
Sensitive content
This media may contain sensitive content.