
Sihoturi 1er
@Sihoturi • 1,715 subscribers
Twiterere igipindi nubundi nta myaka ijana
Videos

Umwana wa Médard MUHIZA afise 11 ans. Isoko nkuru ya Buja ihiye haheze 13 ans. Ntamuntu numwe yari azi ko u #Burundi burya bwabanje gusaba indege Congo atari uwo mwana atari bwavuke. Meda, imbere yo kwitereka imbere y'ama camera,ba ushiramwo utwenge na dukey. #Abatwip
Sihoturi 1er18,685 Aufrufe • vor 4 Tagen

#Abatwip mpamagarira Dr Nkurikiye Pierre, PhD 🇧🇮 Pierre Nkurikiye muhamagare n'abakozi biperereza bose baze barabe kano kavideo : _____________ Gw : RW Indwi : ICYUMWERU Ibitumbura : AMARINDAZI Turabandanya : TURAKOMEZA Ibiharage : IBISHYIMBO Nibasubire muri labo kwiga amarementanya.
Sihoturi 1er14,457 Aufrufe • vor 4 Tagen
Keine weiteren Inhalte verfügbar