#fnl

🇧🇮😀M'UBURUNDI BYAKOMEYE, UBU NONEHO MABURE NEVA ARI KUYOGA AYASUTAMYEMO😂😁 Harya ngo ari kurwanya RED-TABARA ? Sinzi umbwire ngo iyi #FNL iramuha nyina😂 VIDEO YA GENERAL NZABAMPEMA MWITANGAZO RYO GUFATA IGIHUGU AKAKANYA🇧🇮 Repubulika y'UBurundi F.N.L ubugabo burihabwa Biraba:itangazo Bija:ku barundi bose Biva:E.M.G/ F.N.L Banamarimwe b'umugambwe F.N.L Ndongozi z'umugambwe F.N.L Bakenyezi mukenyereye urugamba Rwaruka mparanira gihugu rwa F.N.L Nshirwarimenetse za F.N.L Ncuti z'umugambwe F.N.L Nidusangwe F.N.L umuhuza w'abacinyizwa bose m'UBURUNDI. Mwitangazo twaheruka gusohora,twaravuze kubijanye nubutunzi bw'Uburundi ingene ubukene buzura inzara, aho twavuga kubijanye n'igisata co gutwara abantu n'ibintu aho kwiyunguruza bisigaye ari nk'umuzi w'ibuye kubera ibura ry'igitoro. Kubijanye n'ubutunzi nyene amasoko yirirwa arasha k'uburyo abayadandarizamwo bahagaritse imitima kubw'amadeni bafashe mumabanki ingene bazoyariha. Abadandaza batarashikirwa n'iturirwa ry'amasoko bakoreramwo umuhangayiko ni wose biteze ko boshikirwa n'uruhombo rwashikiye bagenzi babo.ivyo biba mugihe umukuru w'igihugu yirigwa arabashinyagurira ngo n'ibiteranirize amahera bigurire amamodoka yo kuzimya umuriro kandi iryo ryari ihangiro rya leta.ivyo bigaragara ko isha ryayo masoko leta ibifisemwo uruhara. Politique ya c.n.d.d-f.d.d igejeje igihugu n'abanyagihugu ahatemba, aho umukuru w'igihugu aherutse Kuvuga ko ataco bashoye hanze y'iguhugu ataco bazogurirayo, ivyo bigaragaza ko umukuru w'igihugu yananiwe nokurongora igihugu c'Uburundi. Kubijanye na politique mbi ya c.n.d.d-f.d.d unomusi abana b'igihugu bahereye hanze mubihugu bitandukanye kandi bariko bahurirayo n'ibibazo bikomeye cane, nkuko muvyumva muri Tanzaniya,Afrika yepfo,Kenya n'ahandi hirya no hino. Ikubagurwa ry'impunzi z'abarundi,usanga ubutegetsi bwa c.n.d.d-f.d.d bubifisemwo uruhara,aha twovuga nk'itotezwa ry'impunzi zahungiye Tanzaniya baburabuzwa ijoro n'umutaga. Nk'uko Umugambwe.F.N.L wamye wiyamiriza intwaro y'umugambwe umwe mugihe igihugu kiba cemera demokarasi Ubu igihugu casubiye mu ntwaro y'umugambwe umwe c.n.d.d-f.d.d. N'iyi nkina mico ngo n'amatora yimirije uwitwa ko bagiye guhiganwa na c.n.d.d.-f.d.d Gabriel Banzawitonde arongoye umugambwe A.P.D.R yashizweho na c.n.d.d-f.d.d kugirango bahume amaso abarundi n'amakungu ko m'Uburundi hari demokarasi mugihe imigambwe ikomeye yohiganywe na c.n.d.d-f.d.d yakumiriwe iyindi igasamburwa na leta ya c.n.d.d-f.d.d. Kubijanye n'ubutungane amabohero y'Uburundi yari yemerewe ukwakira abapfungwa barenga 4011ariko leta iherutse kwiyemerera ko ifise abapfungwa barenga 12.000. Abarangije ibihano vyabo n'abarekuwe kuk'igongwe c'Umukuru w'igihugu ntibarekurwa, ivyo bikorwa gurtyo kugirango bahume amaso abarundi n'amakungu ko hari ubutungane kandi atabuhari. Twomenyesha abarundi ko ubutungane m'Uburundi buzingamitswe n'umugambwe c.n.d.d-f.d.d,atamanza zicirwa hakurikijwe amategeko kuko ubutegetsi buzivangamwo. Kubijanye n'igisirikare c'Uburundi ntikikiri igisirikare c'Igihugu gisigaye ari igisiirikare c'Umugambwe c.n.d.d-f.d.d Aho gisigaye kirungika n'imbonerakure mugihugu ca Kongo kurwana kandi atamategeko yagisirikare zizi! Mbega leta ya c.n.d.d-f.d.d iriteguye kuzobazwa amabi akorwa nizombonerakure zitazi amategeko yagisirikare? Bigatuma abasirikare bamwe banka amategeko bahabwa kuko babarutisha imbonerakure. Igisiirikare ca F.N.L kirakebura bamwe mubavuga ko bagwanya leta y'Uburundi kumajambo yogurtyoza indongozi za gisirikare ca F.N.L bavuga ngo uwurongoye igisirikare ca F.N.L yapfiriye mubitero vyakozwe n'igisirikare c'Uburundi bakongera bakivuguruza ngo F.N.L ikorana na leta y'Uburundi. Hanyuma ngo F.N.L ntabagwanyi ifise!umuntu yokwibaza igituma bashaka kumenya igitigiri c'inshirwarimenetse za F.N.L? Jado CASTAR TWAHIRWA Alphonse NKUYEMURUGE Yves MUTESI SCOVIA karinganire_Has Munyakazi Sadate 1/2
11:31

Sensitive content

This media may contain sensitive content.

UmutamenwaErica's profile picture

🍒Umutamenwa Eric 🇷🇼

90,148 görüntüleme • 3 ay önce