Загрузка видео...

Не удалось загрузить видео

На главную

🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️

51,666 просмотров • 2 лет назад •via X (Twitter)

Комментарии: 10

Фото профиля chrispapy🌍
chrispapy🌍2 лет назад

#ndasefi aratanguye guserura ivyo bumvikanye na tshisekedi.ubu ariyibagije ko muri juillet 2021 urwanda rwatanze aba redtabara 19 rwari rwafashe.?ariko we akaja gukoran ninterahamwe muri congo mukwica abanyamulenge nabandi ba rwandophone.ayo ma dollars ya tshilombo azoyadahwa

Фото профиля Butoyi Tharcisse
Butoyi Tharcisse2 лет назад

Mbe Gatumba ihana urubibe n’u Rwanda? Canke twari kubibaza Congo kuko ariyo baje bava?

Фото профиля NAH.
NAH.2 лет назад

Ewe CNDD-FDD @GeneralNeva imyaka yarahindutse ntawe mwobesha kandi. Hangana n’ibibazo bihanze igihugu, ubu urabonye ikarata usigaranye kwari u Rwanda kandi, Maconco yavuyeho 😂😂😂😂

Фото профиля El kommentar
El kommentar2 лет назад

U Rwanda narwo rwarigorewe... Hasigaye ko bavuga ko aribo batwara igitoro. Ko arungika abasirikara kurwana muri Congo umwansi azi neza ko ari mu Rwanda?

Фото профиля RM
RM2 лет назад

Iyi njiji yuzuyemwo idéologies ya Génocide igihugu cyaramunaniye yirirwa avuga ubusa gusa

Фото профиля KANAMUGIRE KANANI
KANAMUGIRE KANANI2 лет назад

Igihugu kirabananiye ngaho igitoro , nonese ibyo bibazo byose ni U Rwanda rubibateza uziko Uburundi bubaye nka DRC wana , abarundi muhumuke muve mu bujiji , u Rwanda rufite uko rwubatse ntawaruhungabanya uretse kwimena umutwe iterambere rikabasiga

Фото профиля KinzoJr
KinzoJr2 лет назад

Le Rwanda a livré 19 combattants de @Red_Tabara au 🇧🇮. @Red_Tabara dit qu'il a ses positions 🇧🇮 (ex Rukoko) et au 🇨🇩. @R_Ndikuriyo a confirmé que @fdnbbi est allé au 🇨🇩 pour pourchasser @Red_Tabara. Quant au 🇧🇮, on sait que le CNDD-FDD collabore avec les FDLR. That is the truth.

Фото профиля RM
RM2 лет назад

Ingabo z’uburundi narinzi ko zagiye muri Congo guhiga Red Tabara ??? Kugira umukuru w’igihugu utamaramara nukugusha ishano . Abanyarwanda mushaka mwaba muhagaritse ingendo zo kujya mu Burundi @RwandaMoD @RwandaMFA @UrugwiroVillage

Фото профиля Ndikumana Arsène
Ndikumana Arsène2 лет назад

Turarushe nukuri kw Imana ibibazo vyu Burundi nu Rwanda ntimwongerw kubidushiramwo twebwe twibaniye neza ,abanye politique murabe ingene mukemera ibibazo vyanyu ,twibere mumahoro nukuri

Фото профиля Songambere Safari
Songambere Safari2 лет назад

Amarangamutima yivanze na diplomatie

Похожие видео