ๆญฃๅœจๅŠ ่ฝฝ่ง†้ข‘...

่ง†้ข‘ๅŠ ่ฝฝๅคฑ่ดฅ

๐Ÿƒโ€โ™‚๏ธ๐Ÿƒโ€โ™‚๏ธ๐Ÿƒโ€โ™‚๏ธ๐Ÿƒโ€โ™‚๏ธ๐Ÿƒโ€โ™‚๏ธ

51,666 ๆฌก่ง‚็œ‹ โ€ข 2 ๅนดๅ‰ โ€ขvia X (Twitter)

10 ๆก่ฏ„่ฎบ

chrispapy๐ŸŒ ็š„ๅคดๅƒ
chrispapy๐ŸŒ2 ๅนดๅ‰

#ndasefi aratanguye guserura ivyo bumvikanye na tshisekedi.ubu ariyibagije ko muri juillet 2021 urwanda rwatanze aba redtabara 19 rwari rwafashe.?ariko we akaja gukoran ninterahamwe muri congo mukwica abanyamulenge nabandi ba rwandophone.ayo ma dollars ya tshilombo azoyadahwa

Butoyi Tharcisse ็š„ๅคดๅƒ
Butoyi Tharcisse2 ๅนดๅ‰

Mbe Gatumba ihana urubibe nโ€™u Rwanda? Canke twari kubibaza Congo kuko ariyo baje bava?

NAH. ็š„ๅคดๅƒ
NAH.2 ๅนดๅ‰

Ewe CNDD-FDD @GeneralNeva imyaka yarahindutse ntawe mwobesha kandi. Hangana nโ€™ibibazo bihanze igihugu, ubu urabonye ikarata usigaranye kwari u Rwanda kandi, Maconco yavuyeho ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

El kommentar ็š„ๅคดๅƒ
El kommentar2 ๅนดๅ‰

U Rwanda narwo rwarigorewe... Hasigaye ko bavuga ko aribo batwara igitoro. Ko arungika abasirikara kurwana muri Congo umwansi azi neza ko ari mu Rwanda?

RM ็š„ๅคดๅƒ
RM2 ๅนดๅ‰

Iyi njiji yuzuyemwo idรฉologies ya Gรฉnocide igihugu cyaramunaniye yirirwa avuga ubusa gusa

KANAMUGIRE KANANI ็š„ๅคดๅƒ
KANAMUGIRE KANANI2 ๅนดๅ‰

Igihugu kirabananiye ngaho igitoro , nonese ibyo bibazo byose ni U Rwanda rubibateza uziko Uburundi bubaye nka DRC wana , abarundi muhumuke muve mu bujiji , u Rwanda rufite uko rwubatse ntawaruhungabanya uretse kwimena umutwe iterambere rikabasiga

KinzoJr ็š„ๅคดๅƒ
KinzoJr2 ๅนดๅ‰

Le Rwanda a livrรฉ 19 combattants de @Red_Tabara au ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ. @Red_Tabara dit qu'il a ses positions ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (ex Rukoko) et au ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ. @R_Ndikuriyo a confirmรฉ que @fdnbbi est allรฉ au ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ pour pourchasser @Red_Tabara. Quant au ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ, on sait que le CNDD-FDD collabore avec les FDLR. That is the truth.

RM ็š„ๅคดๅƒ
RM2 ๅนดๅ‰

Ingabo zโ€™uburundi narinzi ko zagiye muri Congo guhiga Red Tabara ??? Kugira umukuru wโ€™igihugu utamaramara nukugusha ishano . Abanyarwanda mushaka mwaba muhagaritse ingendo zo kujya mu Burundi @RwandaMoD @RwandaMFA @UrugwiroVillage

Ndikumana Arsรจne ็š„ๅคดๅƒ
Ndikumana Arsรจne2 ๅนดๅ‰

Turarushe nukuri kw Imana ibibazo vyu Burundi nu Rwanda ntimwongerw kubidushiramwo twebwe twibaniye neza ,abanye politique murabe ingene mukemera ibibazo vyanyu ,twibere mumahoro nukuri

Songambere Safari ็š„ๅคดๅƒ
Songambere Safari2 ๅนดๅ‰

Amarangamutima yivanze na diplomatie

็›ธๅ…ณ่ง†้ข‘