Загрузка видео...
Не удалось загрузить видео
🔥🔥🔥🔥 🇧🇮🇷🇼
32,710 просмотров • 1 год назад •via X (Twitter)
Комментарии: 11

Ikirofa kiraho ariko agereranya intwaro yacami nintwaro mbi zabo ? Nareke gutukisha abami bacu diii

Uhejj kugaburira abanyagihugu bishwe ninzara, hama ufash ijambo ubu uriko ubabwira bitegurire intambara🙄🙄?!!! Kweri nigiki twakoreye imana kugira turonke indongozi nkizi, muga intambara hari aho yotangurira mumutw iwe igaherera aho nyene.. time will tell....

Nka hamwe vyoshika M23 ikugara urubibe rwacu na Congo, barya ba generaux ntibasubire kuronka agacomission, bomufatisha amaboko

“C’est avec de grands mots qu’on cache souvent de grandes faiblesses.” – Voltaire

Iki kigabo ni ikijuju Kabisa. Mais qu'il la ferme, putain.

@yigenga Uwavuze ati : c'est pas parce qu'un clown emménage dans un palais qu'il devient Roi ,que c'est plutôt le palais qui devient son cirque ntiyabeshe peee😂😂😂😂😂

Peur au ventre... ninde azomufasha ayo manyanga yiwe? Mbe bamutera bamushakako iki? Afise iki mu gihugu yagize igikene yirirwa yambika ibara? Azoterwa n'abarundi barushe hamwe nabo bangaje/batoteje.

- Come Around

Intambara abirirwa barayirimba baba aba Dd canke ba @ReynoldsButari (et consorts) ntibazi ico arico. Iroroshe gutangura ariko ntumenya ingene ihera. Murabaze Putin yari azi ngo Ukraine ayifatisha iminwe, murabaz Netanyahu yarazi ngo Gaza ataha nk'uwugiye iwe....

Niryambere tugize umutware ibintu vyose abivuga nkuko umengo ni ligala 😭🙈

Nyumvira uno musazi basha😭. Ni gute twisanze aha hantu?

