Video yÃŒkleniyor...
Video YÃŒklenemedi
ððœââïžââ¡ïžððœââïžââ¡ïžððœââïžââ¡ïžððœââïžââ¡ïžððœââïžââ¡ïžððœââïžââ¡ïžðððð
12,178 görÃŒntÃŒleme ⢠1 yıl önce â¢via X (Twitter)
11 Yorum

Tsinda ubwoba. Tora #ikirikumutima

ðªIf you're seeing this, it must mean you support Trump. ð Let us help you show it. â Classic, Tough, Real American Gear Here:

Iterabwoba Aba DD bateza ririhe?

Yarayadondaguye nuko ar'impagusa

Urwo runani baragwishe abo bahemu rwari gukomera cane, none ndabira. #Ndarushe

Mwatora mwareka aba Dd bagwiriye nkamasazi ð€£nibo bazoyobora kubera ugutinya kwabarundi

ðððswa

Bambi bodyguard yatubitse uwavubi!

Nagira nje gutora none mpejeje kuronka amakuru Ko uwubatse ino barrrage kukiguzi ca 54Milliards frbu nawe nyene ari kurutonde rwimbere mubitoza kuntonde z'Abashingamateka muntara nshasha yagutse ya Bujumbura. Nguye mukantu

Emwe mpaka imyaka 500 iheze niho cndd izofaho ðð€£

Ngaho inkona, vuuuuu

