Video yükleniyor...
Video Yüklenemedi
Aba généraux Aba Colonels 🏃🏽♂️➡️🏃🏽♂️➡️🏃🏽♂️➡️🏃🏽♂️➡️
25,435 görüntüleme • 10 ay önce •via X (Twitter)
20 Yorum

🤣🤣 He’s trying so hard to justify his nonsense of why the criminals of Burundi @fdnbbi got defeated so badly. CDD has no chance front of our warriors Intare za salambwe sha

Hera kuri kirogorogo alias Never, na mukiwe Njelina🤣🤦

Ingorane ihari n'uwu nyene baramuguze ubu n'ikidandazwa ca DD!

@BurundiMuhira Après Gén. #Bunyoni avec ses 153 maisons &53 voitures, aujrd’8 le Gén. Chef d’Etat Major #Prime a actuellement des fortunes + élevées provenant de l’argent des militaires de #Somalie, #RCA, #RDC qui lui sert de crédit pr valoriser ses affaires (Pharmacies,hôtels,villas,hôpital…)

Nta cyoroshye! 👇👇👇👇👇👇👇👇👇😝😝😝😝😝😁

Ibintu vyama affaires nivyo bose barimwo kwisi malheureusement

@OptimisteBirori Nivyo nama mvuga, hagwana uwushonje

Ikibatera gutsindwa ni ideology mbi yo kuvangura nta kindi

Fact!

🥱🥱🥱

😂😂

Iki kintu ntico vraiment ntiyabeshe.

Ivyo sibishasha muri Africa abasirikare bakuru bakuru bari muma minerals nuko iwacu igisoda ntaco bitaho kibe igisirikare kigezweho kurugero rwo hejuru.

Hakora strategy. Wewe ntabwo uzi urugamba.

Moi

Gabanya amajambo, c'est trop tard 🤣🤣🤣🤣 uwobagorora yobavuna!!!!

😁😂😂

Ngo batubike uwavubi ngir si dd😅😅😅😅😅

Ba nawumu babaye benshi

gabriel ashaka nabo bakene rero 😂😂birirwa muru fire 🔥 congo ?? ariko basha 😂😂iz confidence zogukunda igihugu zivahe ?
