Video yükleniyor...
Video Yüklenemedi
😂😂😂😂😂abantu ntibarambirwa
41,198 görüntüleme • 24 gün önce •via X (Twitter)
17 Yorum

Ntanumwe atarambirwa ari muburundi nawe nyene si kera azoshikirwa.

Mbona benshi bakanuy’amaso ngira concept ntayo bumva😍

Il s’appelle comment ce monsieur? Aravuze ivyandi batubahuka kubwira abatwara tête à tête! Ndasavye izina ryiw nicajejwe. Il est opérateur économique?

Iryorikaba Ijambo nyamara👍

Umwubahwa imyaka yamaz ari @Nshingamateka & @Nkenguzamateka, twari dufise ivyo bibazo, sinziko ico gihe abandi babibaza yavyakira akabishikiriza canke bigira insiguro aruko bishitse mu butunzi personae… Si Hotel gusa, Nama Resto, asha @OBR_BI baratugendeye cane ino ndwi.😅😅🫢

Arimo avuga ukuri ariko! Canke mukunda abasingiza ibitariko

Uyu mushingantahe Imana imuhezagire.

Who is this man?

Ikindyohera nuko uziko réseau de distribution ariyo isigaye imeze nabi,ibituma.None igihe abatutsi batwara,bakoze iki ngo iyo réseau imere neza atari ukwica umuhutu gusa?C'est en 2026 vyiyumviweko. Ko utigeze uvuga ivyo igihe amatara yari ahari mukwa 5? Imvura niyagwa nzobatwenga

Mu Burundi haracariho incambwenge ! A force yukumviriza abaraho ntiwiriwe ndavuga, uca wibaza ko kabaye malheureusement incambwenge zashizwe inyuma, imbere haza...

Yari yagerageje kuruta nuko abwira abicaye ku matwi

Yitwa nde?

Le ministre babwira murundi ntaco ashoboye, le problème ihagaze sur LE CON @GeneralNeva ataco ashoboye, umuti w ikibazo n’ukuboha iyo MIHIMBIRI irigoye @CnddFdd kw’isoga ni @GeneralNeva na @R_Ndikuriyo ww arivugira kwar amb w’abapfuye,akiyemerera kwar ikibiribiri ata mutima agira

#VictorGirukwishaka, patron de Royal Palace et ADG de l'usine de Thé de Muramvya LOVIMAX Tea Factory parle au @mrmeict sans ambage ni détour des defis auxquels font face le pays et surtout le secteur industriel et hôtelerie. Selon lui, le pays n'a pas la base de production.

Akazi ni kenshi pe

Uyo ariko ata umwanya wiwe

Barizera cane

