Загрузка видео...

Не удалось загрузить видео

На главную

Harakenewe contre expertise 🚶🏿‍♂️abapinga muragowe!

24,836 просмотров • 2 лет назад •via X (Twitter)

Комментарии: 10

Фото профиля Bararuzunza
Bararuzunza2 лет назад

Agira yinjire mubutare nkuko yinjiye mugitoro! Akabi gatwengwa nkakeza

Фото профиля Chrysostome KIRIMWINGABO
Chrysostome KIRIMWINGABO2 лет назад

Ubumenyi ntibugata iswa imbere y'abantu bamwe bamwe!! Ntagihugu gishika kw'iterambere gisuzugura Ubumenyi, kandi uburorero burahari Gufita ubutunzi kama sivyo bizhikana ibihugu kw'iterambere

Фото профиля Florent Nduwayo
Florent Nduwayo2 лет назад

Abahagaze imbere bariko bakurikira iyo samirizi bavayo barushe pe. Inzara, inyota, ukongerako umutwe washushe ugerageza gutahura ivyo NEva ariko aravuga, ..... Yewe #Burundi warakubititse.

Фото профиля 𝙋𝙖𝙩𝙧𝙞𝙤𝙩𝙚 🇧🇮
𝙋𝙖𝙩𝙧𝙞𝙤𝙩𝙚 🇧🇮2 лет назад

Turamushigikiye

Фото профиля Gwiza Ben
Gwiza Ben2 лет назад

Ibi binti sibyo kuvugira mubaturage rwose.

Фото профиля Chris
Chris2 лет назад

Ngo agire yinjire mu butare azane inoti dutunge. Hari ibindi yavuze ko yinjiyemwo yifatiye mu ntoke umengo les résultats zimeze nabi gushika ubu. Kuba umuhinga wa vyose navyo ni ingwara yacu abarundi cane cane abategetsi. Expertise barayinuba. Démagogie ni ikintu kibi

Фото профиля URUNGANWE RUSHA 🇧🇮 🇺🇸
URUNGANWE RUSHA 🇧🇮 🇺🇸2 лет назад

Ndumiwe Mukama wanje

Фото профиля The Great Em Jay
The Great Em Jay2 лет назад

ark @GeneralNeva arindwa n'abafundi?

Фото профиля CONSULTANT INDÉPENDANT
CONSULTANT INDÉPENDANT2 лет назад

#Abatwip 🤣🤣🤣🤣🤣🤣

Фото профиля i love Israel
i love Israel2 лет назад

Uwo muntu ubu bagiye kumufungira ubusa ngo yaranyegeje ibinogo 🤔🤦🏻

Похожие видео