Загрузка видео...
Не удалось загрузить видео
Iryo bendera🇧🇮 naryo rica riba iry'iki?
Комментарии: 10

Umuntu atanga ama references yo muri Europe, nta kahise abazi, juste un apprenti-sorcier!!!

Le plus triste, il le dit au Burundi devant les institutions sans s’inquiéter! Quand on dit que nous avons un régime de haine, d’apartheid, c’est de ceci qu’on parle

Kwatimba naze ahangane na Prince cositu🥳🥳😂😂

Ubuse uyu muntu koko yize muri universite???? Arayirangiza???? Mungu wangu! Ubuse azi icyo ijambo nilotic rivuga????? Ubo batutsi baje basanga abahutu barabategeka barangije biga ururimi rwabo bayobora????, bo se baje bavuga uruhe rurimi?,? Stupid!!!!!

Uyu mugabo be na Aloys batungwanayo na claver ndayicariye ibintu birirwa barahenda ubutegetsi buhari, bamenye ko ingaruka zavyo ziri kugatwe kabo. Iyo extremisme yabo bamenye ko ama idées génocidaires atangura ukwo @Baconib @pnininahazwe @rugbob78 @yigenga @KingBurundian

Abatutsi none baca bavuga igitutsi?

Imana niyo izatabara abarundi.

Par extension...nawe uca uvyumva 😂😂😂

@NgogaFred iyi yo simvugo yokwiyamirizwa??

Caravaniers 😂💀🔥
