正在加载视频...
视频加载失败
MUBE MASO!!! Revolution continues 🫡
29,071 次观看 • 1 个月前 •via X (Twitter)
12 条评论

Umuyobozi wegera abaturage mu gihe gikenewe !!@PaulKagame wowe icyo ukunda ni ukutwica abana ukabagira impfubyi!

On ne fait plus semblant qu'il y a une limite et, ou une différence entre les institutions de l'état et le parti au pouvoir.🤷🏿♂️🤷🏿♂️

Abarundi mwaragowe

Ngo mureke "dukore" yoba ariy Kora yiwe???

yagize neza vmt👍🏾💯... narabe rero asubire Tanzania agire nkuko,abari South Africa abavugire aje na Zambia nahandi hose umurundi afashwe nabi azoba akoze

Igihugu kitagira uwugitwara haba ubusimbira hamwe none @R_Ndikuriyo niwe yaje kwandika izo laissez-passer?

Genda Burundi warakubititse

Nta nisoni koko ? Babahe iki ? Nonese leta ya Burundi ntabushobozi ifise ngo ireke gusabiriza nkaho kenya ariyo ibishinzwe

Urikijuju uramaramaye

Ese Nta MINAFFET bagira 😁😁😁.

Muramaramaye 🤣🤣 ngo babe maso niki ?

Ikibazo mfise. None ICO gikorwa ni ica Reveriyano ? Ubushikiranganji bujejwe imigenderanire na ambassadeur w'Uburundi muri Kenya , umukuru w'igihugu n'icegera ciwe bari hehe ????
相关视频
The IRGC revolution did not end in 1979. It continues till this day... כאן
Ran Twil
486,518 次观看 • 2 年前


