Loading video...

Video Failed to Load

Go Home

12,688 views • 7 months ago •via X (Twitter)

1 Comments

Jebrag Bin Bedul's profile picture
Jebrag Bin Bedul7 months ago

Bjirr, kampungan gua ini mah

Related Videos

nak join class sila pm kat bio!!
0:31

Sensitive content

nak join class sila pm kat bio!!

AMOY PEDO

14,122 views • 13 days ago

🔴 Mwari muzi ko mu Burundi hariho ishirahamwe rya Leta rimeze nk’igishusho, abakozi bahembwa badakora ? Iyo nkuru tuyikesha umushikiranganji Alain Ndikumana muvyo ajejwe harimwo ubutunzi n’ikigega ca Leta. Ibi haraciye umwaka abivugiye mu Nama Nshingamateka, aho yavuga ibibazo bihanze #ONATOUR : - nta mukiriya n’umwe rifise - abakiriya baryo bahisemwo kwikorera ibizuku vyabo - ishirahamwe rifise ibikoresho vyashaje, barihaye amafaranga yo kugura bishasha rinanirwa kubigura ryisunze amategeko agenga amasoko ya Leta - riheraniwe amafaranga menshi cane. Alain Ndikumana avuga ko iryo shirahamwe rikeneye cane abantu bokwicara bakiga ingene ryotunganywa gushasha kugira rishobore gukora. Yarangije agira ati : "Nukuri iri ngaho nk’igishusho, ni igishusho ! Harakenewe kwiyumvirwa ku burongozi bwayo ... baguma bahembwa, baguma bahembwa amahera arasohoka." 🔴 Ni nde yoba atangaye yumvise aya majambo ya Alain Ndikumana ? Umuyobozi w’iri shirahamwe rya Leta, Ambassadeur Apôtre Isidore Mbayahaga, yirirwa kuri YouTube gutukana gusa no kwambika ibara abantu. Yihaye ibikorwa vy'iperereza. None yokura hehe uwo mwanya wo gutunganya ishirahamwe rya Leta rigeramiwe ? Hari ikintu gikomeye Alain Ndikumana yavuze aca arakimira : vyagenze gute ngo Mbayahaga ahabwe amafaranga yo kugura ibikoresho vya ONATOUR hama ananirwa kwisunga amategeko agenga amasoko ya Leta ? Ibi birakwiye gutomorwa. Hano ikosa ni Mbayahaga canke ni Prezida Ndayishimiye agumiza mu burongozi umuntu atabishoboye ? #Burundi

FOCODE

38,257 views • 8 days ago