正在加载视频...

视频加载失败

nuko rikaba ijambo ❤️

26,907 次观看 • 23 天前 •via X (Twitter)

7 条评论

BaranerwaZion🦁 的头像
BaranerwaZion🦁23 天前

Uyu num DD uyumunsi yiyambitse urusato rwera uze wumviriz ibindi biganiro vyiwe amaze gukora😂😂😂 abantu nkaba arakubita emissio nziza kugira aronder people munyuma arabakwega pol pol

Mutants 🇧🇮🇺🇸 🇨🇱 的头像
Mutants 🇧🇮🇺🇸 🇨🇱22 天前

Aho hantu ntituzopfa tuhumvikaniyeko. Arrêtons de dire qu’il y a pas de Hutu ou de Tutsi puisque duhari kandi les differences uko zingana zose zirahari ntimuzobidukuramwo. Uburofa ntemera nuko hari abasumba abandi. Ni ama NATION menshi yubatse ibihugu badasangiy race ou ethnie

JCNDORERE 的头像
JCNDORERE23 天前

Ivyo vyarigishijwe kuva ngikura tuvyumva. Nibuka 1991 Mot par mot twarakora n udukino,n amazina no mu mashengero no ku mitumba turirimba ko ari ibinyoma abanyamahanga bazanye ngo baduteranye!Twavuga ko atabwoko bubaho,twari bamwe twahenzwe. 1993 haca umupanga, harimwo abavyigisha

Aigle Rouge 的头像
Aigle Rouge23 天前

Ibyonibintu byahimbwe n'Abazungu kugirango babone ahobahera babiba Inzangano mubavandimwe!

BI1⃣ 的头像
BI1⃣23 天前

Who are you by the way 🤔, ko avuga nka Ndayicariye? Iyo hageze gutanga opportunities mu gihugu ubwoko buca bumenyekana,ariko iyo hageze kuvugira minority people ku karengane bagirirwa n'amajambo yo kubacafuza aca kumbuga bikozwe na leta ya dd muca muvuga ko atabwoko bubaho

Habimana 的头像
Habimana22 天前

Erega turi ibigoryi birenze aho twemera theories z amafuti zijyanye n amoko ataribyo namba!! Uyu n umuhutu cg umututsi ibintu udashobora gu provinga scientifically 🤦🏽‍♂️🤦🏽‍♂️. Imyaka ikarenga twibereye mu buyobe bukabije kugeza aho twicara! Byose n inda mbi gusa

KABURAHE 的头像
KABURAHE22 天前

vous avez le lien de son émission sur youtube?

相关视频

Ijambo rimwe kuri mama emelyne
0:26

Sensitive content

Ijambo rimwe kuri mama emelyne

Hate No One

45,723 次观看 • 1 年前