Загрузка видео...
Не удалось загрузить видео
Nzobonimpa Manasse👂
18,700 просмотров • 2 лет назад •via X (Twitter)
Комментарии: 11

Igihugu hari abakigwaniye barasesa amaraso rero ikosa @CnddFdd YOKORA ni kugiha abatakigwaniye, abivuze neza. Abidigadiga nabo ngo bashaka ubutegetsi bataruhiye bateshwe bate.

Uwowe arindiriye mandat ya 3 acasubira ahunge avugire muri humura na BBC,mbe basha wamugambwe yashinga ari mubuhingiro yawusizeyo canke witwa CNDD FDD aho yibaza ngo twaravyibagiwe ko yari yavuze kwazogaruka mugihugu CNDD FDD itakiri kubutegetsi.

take the journey

Ijambo ry'umuhumure

Yarahungutse?😅

ego

Avuze neza cane. Ahubwo reta irakwiye kubifata mumitwe kugira ugwaruka rwose ruronke inyisho zikwiye zoguhagararira amahoro hisunzwe amategeko y'igihugu. Bibaye ngombwa bahabwe inyigisho za gisirikare muburyo buzwi n'amategeko. Maze umwansi ateye tumwivune.

Amashi menshi cane🤣

Hahaha Ubu aravuze nayamuhe yahora avugira mubuhungiro !Inzara nimbi!

Umutekano bawurekere inyamiramabi n'abasirikare . Dukore ivyo tujejwe . Abagomba kwinjiza aba civiles mu nzego z'umutekano nibategure S.M.O. Tugire amahoro.

"Democratie uko #CNDD-FDD "Iyunva kandi iyipfuza" CQFD🤷🏿♂️🤷🏿♂️🤷🏿♂️🤷🏿♂️
Похожие видео
👂👂 Nan sesa nou vle ©️ Crèdit video : TeamRudyofficial
Jhanedouze
18,213 просмотров • 10 месяцев назад
Sensitive content
Demwazèl sa Defann Bob Cailloux 👀👂
Hit Magazine Haiti
64,372 просмотров • 3 лет назад
