Video wird geladen...
Video konnte nicht geladen werden
Ubuhanuzi ๐
64,161 Aufrufe โข vor 1 Monat โขvia X (Twitter)
22 Kommentare

N'importe quoi ! On sait tous que le phรฉnomรจne El Ninรต ( pluies et vents violents ) va frapper le Burundi et d'autres pays de la sous rรฉgion. Rien de prophรฉcie !

Nta vyiza na bimwe Imana yamuhanuriye none ? Hopfuma Gitwaza aduhishurira ko uburundi buzoba Doubai tukarindira tukabura

Abahanuzi b'ibyago ni aba escrocs. Attention seeker just

Hanyuma urwanda rwo kutaruhanutiye se da

Ico ca kenya harimwo ukuri hanyuma ivya el niรฑo vyavuzwe nta nukwezi guheze bisohotse izi ashobora kuba ar prophecy za vrai

Wat are guys laughing at this is happening in Kenya as we speak

Manipulation d'opinion en pรฉriode sensible 2015, 1996 ร Uvira,...etc Kuvuga ivyo bariko bategura gukora s/forme de prophรฉtie bitegura neza imitima kugira nivyashika ntihagir iwohav' agir'ico avyibajijeko. Gusa yaribagiy Kuvuga ingene abanyarwanda baturiy galeries i Bujumbura

Ubwonubuhanuzi bwikinyoma, arikwabafungakiwani bitwikira ijambo ryimana twarabahinyuyesha. Inzara imeze nabi mumihanda. Ubwose ivyurikubeshabantu nindutaziko vyirirwa bivugwa mubimenyeshamakuru, nawengo urahanuye!!! Abescros ntakibanza mufise

Ese murwanda imana ibereka ibzahandi iwabo wapiiiiiii? ๐๐ค๐ค

None byatangoye kuba, aba rundi ntimwabonye uko botanhiye kuba!?!??

Ivyo vyโimvura vyavuzwe kera par les mรฉtรฉorologues

Uyumurezi urugomero yabonye nurwo muri Nepal๐คฃ๐คฃ๐คฃ

Hanura Ku Rwanda nagwo Muga ivyo vyose bitsundwe kwizina rya Yesu bitumbere Ku wipfuriza nabi uburundi Iyo segenya ntizoba niba izotwara nababanyi

Umu DD aho kumva aratangura kumva ururimi n'amazuru. Hama ace umutuka kubavyeyi, gutukana kwaba DD umengo bavyize mumashure ya Nyarugusu.

Yeee ibyo twaritubizi ko bizaba batangiye kubitubwir umwaka ugitangira ibyi nibyo muba musi

Ese iyomana konumva ariyo sekini Koko! Ishimishwa nokubona abantu yiremeye Barbara, basubiranamo, bwasenyerwa n'Imyuzure , ...? Imana musenga igira urugomo nubugome nkubwo iratangaje pe, Koko ntiyanabereka ibintu byiza.

Rekabn abo bajinga

Ubwo buhanuzi bwasohoreye muri NEPAL

Escroc gentil

Urugomero ni NEVA nโimbonerakure ziragiye kwaheri

Aba bavuanamuheto Bazagiye kubafungira mu mazi

Uganda Imana irayivugaho iki
