Skip navigation
Ubuhanuzi πŸ˜‚
0:00 / 3:22

Ubuhanuzi πŸ˜‚

Umuhinga yigenga

@yigenga105K followers

Visit on X
237 likesDownloadOriginal post

64,314 views

Ubuhanuzi πŸ˜‚

22 Comments

Comments from the original post on X (Twitter)

  • Ntare RUGAMBA's profile picture

    @ntarrugamba

    N'importe quoi ! On sait tous que le phénomène El Niná ( pluies et vents violents ) va frapper le Burundi et d'autres pays de la sous région. Rien de prophécie !

    9 likes

  • Pasteur's profile picture

    @Pasteur11002178

    Nta vyiza na bimwe Imana yamuhanuriye none ? Hopfuma Gitwaza aduhishurira ko uburundi buzoba Doubai tukarindira tukabura

    8 likes

  • RWANGABWOBA Olivier's profile picture

    @olivierwanga

    Abahanuzi b'ibyago ni aba escrocs. Attention seeker just

    6 likes

  • Chimiye Isaac's profile picture

    @ChimiyeIsa29209

    Hanyuma urwanda rwo kutaruhanutiye se da

    4 likes

  • Ubwenge Umutima's profile picture

    @Ubwengebwiza

    Ico ca kenya harimwo ukuri hanyuma ivya el niΓ±o vyavuzwe nta nukwezi guheze bisohotse izi ashobora kuba ar prophecy za vrai

    3 likes

  • Rws's profile picture

    @rusty_rws

    Wat are guys laughing at this is happening in Kenya as we speak

    1 like

  • Arnaud Gisabo's profile picture

    @ArnaudGisabo

    Manipulation d'opinion en pΓ©riode sensible 2015, 1996 Γ  Uvira,...etc Kuvuga ivyo bariko bategura gukora s/forme de prophΓ©tie bitegura neza imitima kugira nivyashika ntihagir iwohav' agir'ico avyibajijeko. Gusa yaribagiy Kuvuga ingene abanyarwanda baturiy galeries i Bujumbura

    1 like

  • Corneille Kijanya's profile picture

    @CKijanya

    Ubwonubuhanuzi bwikinyoma, arikwabafungakiwani bitwikira ijambo ryimana twarabahinyuyesha. Inzara imeze nabi mumihanda. Ubwose ivyurikubeshabantu nindutaziko vyirirwa bivugwa mubimenyeshamakuru, nawengo urahanuye!!! Abescros ntakibanza mufise

    1 like

  • GISAROπŸ‡¨πŸ‡©β€οΈ's profile picture

    @HAGANA45

    Ese murwanda imana ibereka ibzahandi iwabo wapiiiiiii? πŸ˜ƒπŸ€”πŸ€”

    1 like

  • Rutanagamuheto πŸ‡·πŸ‡Ό's profile picture

    @Rutanagamuheto

    None byatangoye kuba, aba rundi ntimwabonye uko botanhiye kuba!?!??

  • Alexis Bashirahishize's profile picture

    @Nyamugazam

    Ivyo vy’imvura vyavuzwe kera par les mΓ©tΓ©orologues

  • hello's profile picture

    @CedricMusa46799

    Uyumurezi urugomero yabonye nurwo muri Nepal🀣🀣🀣

  • Francoise's profile picture

    @Francoisestaop

    Hanura Ku Rwanda nagwo Muga ivyo vyose bitsundwe kwizina rya Yesu bitumbere Ku wipfuriza nabi uburundi Iyo segenya ntizoba niba izotwara nababanyi

  • POKITO ORTEGA DINERO's profile picture

    @Rugu1ky

    Umu DD aho kumva aratangura kumva ururimi n'amazuru. Hama ace umutuka kubavyeyi, gutukana kwaba DD umengo bavyize mumashure ya Nyarugusu.

  • Chemsa Ingabire's profile picture

    @IngabireCh59468

    Yeee ibyo twaritubizi ko bizaba batangiye kubitubwir umwaka ugitangira ibyi nibyo muba musi

  • IG's profile picture

    @IngenziG

    Ese iyomana konumva ariyo sekini Koko! Ishimishwa nokubona abantu yiremeye Barbara, basubiranamo, bwasenyerwa n'Imyuzure , ...? Imana musenga igira urugomo nubugome nkubwo iratangaje pe, Koko ntiyanabereka ibintu byiza.

  • Sat Shakti's profile picture

    @sat_shakti78

    Rekabn abo bajinga

  • IGITUrikaπŸ‡·πŸ‡ΌπŸ’₯πŸ”«'s profile picture

    @CAgasasu

    Ubwo buhanuzi bwasohoreye muri NEPAL

  • LΓ©opold Habumugisha's profile picture

    @LopoldHabu33146

    Escroc gentil

  • Kunguru Kawembe's profile picture

    @KawembeKungulu

    Urugomero ni NEVA n’imbonerakure ziragiye kwaheri