Video yรผkleniyor...

Video Yรผklenemedi

64,161 gรถrรผntรผleme โ€ข 2 ay รถnce โ€ขvia X (Twitter)

22 Yorum

Ntare RUGAMBA profil fotoฤŸrafฤฑ
Ntare RUGAMBA1 ay รถnce

N'importe quoi ! On sait tous que le phรฉnomรจne El Ninรต ( pluies et vents violents ) va frapper le Burundi et d'autres pays de la sous rรฉgion. Rien de prophรฉcie !

Pasteur profil fotoฤŸrafฤฑ
Pasteur1 ay รถnce

Nta vyiza na bimwe Imana yamuhanuriye none ? Hopfuma Gitwaza aduhishurira ko uburundi buzoba Doubai tukarindira tukabura

RWANGABWOBA Olivier profil fotoฤŸrafฤฑ
RWANGABWOBA Olivier1 ay รถnce

Abahanuzi b'ibyago ni aba escrocs. Attention seeker just

Chimiye Isaac profil fotoฤŸrafฤฑ
Chimiye Isaac1 ay รถnce

Hanyuma urwanda rwo kutaruhanutiye se da

Ubwenge Umutima profil fotoฤŸrafฤฑ
Ubwenge Umutima1 ay รถnce

Ico ca kenya harimwo ukuri hanyuma ivya el niรฑo vyavuzwe nta nukwezi guheze bisohotse izi ashobora kuba ar prophecy za vrai

Rws profil fotoฤŸrafฤฑ
Rws1 ay รถnce

Wat are guys laughing at this is happening in Kenya as we speak

Arnaud Gisabo profil fotoฤŸrafฤฑ
Arnaud Gisabo1 ay รถnce

Manipulation d'opinion en pรฉriode sensible 2015, 1996 ร  Uvira,...etc Kuvuga ivyo bariko bategura gukora s/forme de prophรฉtie bitegura neza imitima kugira nivyashika ntihagir iwohav' agir'ico avyibajijeko. Gusa yaribagiy Kuvuga ingene abanyarwanda baturiy galeries i Bujumbura

Corneille Kijanya profil fotoฤŸrafฤฑ
Corneille Kijanya1 ay รถnce

Ubwonubuhanuzi bwikinyoma, arikwabafungakiwani bitwikira ijambo ryimana twarabahinyuyesha. Inzara imeze nabi mumihanda. Ubwose ivyurikubeshabantu nindutaziko vyirirwa bivugwa mubimenyeshamakuru, nawengo urahanuye!!! Abescros ntakibanza mufise

GISARO๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉโค๏ธ profil fotoฤŸrafฤฑ
GISARO๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉโค๏ธ1 ay รถnce

Ese murwanda imana ibereka ibzahandi iwabo wapiiiiiii? ๐Ÿ˜ƒ๐Ÿค”๐Ÿค”

Rutanagamuheto ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ profil fotoฤŸrafฤฑ
Rutanagamuheto ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ1 ay รถnce

None byatangoye kuba, aba rundi ntimwabonye uko botanhiye kuba!?!??

Alexis Bashirahishize profil fotoฤŸrafฤฑ
Alexis Bashirahishize1 ay รถnce

Ivyo vyโ€™imvura vyavuzwe kera par les mรฉtรฉorologues

hello profil fotoฤŸrafฤฑ
hello1 ay รถnce

Uyumurezi urugomero yabonye nurwo muri Nepal๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ

Francoise profil fotoฤŸrafฤฑ
Francoise1 ay รถnce

Hanura Ku Rwanda nagwo Muga ivyo vyose bitsundwe kwizina rya Yesu bitumbere Ku wipfuriza nabi uburundi Iyo segenya ntizoba niba izotwara nababanyi

POKITO ORTEGA DINERO profil fotoฤŸrafฤฑ
POKITO ORTEGA DINERO1 ay รถnce

Umu DD aho kumva aratangura kumva ururimi n'amazuru. Hama ace umutuka kubavyeyi, gutukana kwaba DD umengo bavyize mumashure ya Nyarugusu.

Chemsa Ingabire profil fotoฤŸrafฤฑ
Chemsa Ingabire1 ay รถnce

Yeee ibyo twaritubizi ko bizaba batangiye kubitubwir umwaka ugitangira ibyi nibyo muba musi

IG profil fotoฤŸrafฤฑ
IG1 ay รถnce

Ese iyomana konumva ariyo sekini Koko! Ishimishwa nokubona abantu yiremeye Barbara, basubiranamo, bwasenyerwa n'Imyuzure , ...? Imana musenga igira urugomo nubugome nkubwo iratangaje pe, Koko ntiyanabereka ibintu byiza.

Sat Shakti profil fotoฤŸrafฤฑ
Sat Shakti1 ay รถnce

Rekabn abo bajinga

IGITUrika๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ซ profil fotoฤŸrafฤฑ
IGITUrika๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ’ฅ๐Ÿ”ซ1 ay รถnce

Ubwo buhanuzi bwasohoreye muri NEPAL

Lรฉopold Habumugisha profil fotoฤŸrafฤฑ
Lรฉopold Habumugisha1 ay รถnce

Escroc gentil

Kunguru Kawembe profil fotoฤŸrafฤฑ
Kunguru Kawembe1 ay รถnce

Urugomero ni NEVA nโ€™imbonerakure ziragiye kwaheri

Umusindi๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ’ƒ๐Ÿš— profil fotoฤŸrafฤฑ
Umusindi๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ’ƒ๐Ÿš—1 ay รถnce

Aba bavuanamuheto Bazagiye kubafungira mu mazi

Aggielove Daddy's girl profil fotoฤŸrafฤฑ
Aggielove Daddy's girl1 ay รถnce

Uganda Imana irayivugaho iki

Benzer Videolar