正在加载视频...

视频加载失败

24,656 次观看 • 2 年前 •via X (Twitter)

10 条评论

You should know and not believe 的头像
You should know and not believe2 年前

Abarundi turatwenza. Hakuja mw'ibarabara ngo tubaze igituma reta itaturonsa un service de transport en commun comme tous les autres pays (digne de ce nom) dont les citoyens bariha amakori, tuguma ngaho turorera ataco dukora. Turindiriye 😂😂😂

Imani 的头像
Imani2 年前

Ehe iyo photoshop yaba nyagwanda 🤦🏽😮‍💨

CONSULTANT INDÉPENDANT 的头像
CONSULTANT INDÉPENDANT2 年前

#Abatwip #Burundi Ça fait très mal au cœur de voir Notre beau pays en mode pilotage automatique 😭😭😭

Kayonga🇷🇼 的头像
Kayonga🇷🇼2 年前

😭

Phoenix Empire 的头像
Phoenix Empire2 年前

Vision 2040 - 2060

kibuga 的头像
kibuga2 年前

Ariko naho abantu barushe n'ingorane z'ibitoro bakarara batonze ku ma bus bataronka, abarundi bose baranezerewe kiretse abakorana n'urwanda gusa😥😥😥

Mwezi Gisabo 的头像
Mwezi Gisabo2 年前

Igihugu kiza kiri muri ya faillite Never yavuga. Batinya kubivugira kumugaragaro gusa. None abarundarunze vyabifaranga ntibobizana bigafasha igihugu. Ikiri sûr coco nuko mwizo chaînes kuma bus no kuma stations aba DD ni benshi cane. None urukundo bahendana ngo caratuvunye rurihe.

ANDREW TATE Fan 🇷🇼 的头像
ANDREW TATE Fan 🇷🇼2 年前

mwihangane bavandimwe ibi muzabisohokamo ntabo bidashyikira abayobozi bafite inda nini nuku bakora

chrispapy🌍 的头像
chrispapy🌍2 年前

Muri Eden nikuharya namaguru

TODAY News 的头像
TODAY News2 年前

Hhhh

相关视频

Ki koumou yap 🙄🙄
1:53

Sensitive content

Ki koumou yap 🙄🙄

Kimicha ( miss verte 💚💚)

17,714 次观看 • 1 年前

Apostle agambye atya? 🙄
1:56

Sensitive content

Apostle agambye atya? 🙄

ESAU

64,772 次观看 • 4 个月前