Video yükleniyor...
Video Yüklenemedi
Well... bien dit !
17,491 görüntüleme • 2 yıl önce •via X (Twitter)
10 Yorum

Vyari vyiza N'uko ar'amajambo gusa ata bikorwa bizokurikirwa🤦🏾♂️

Umuntu n'ukuraba ivyo bakora apana ivyo bavuga. Akarorero, muri cabinet iwe mwomenyera hakora abo badasangiye umugambwe canke ubwoko bagahe?

Iyobuba ubwumwe bwari ikindi: IYIMVUGO UMU DD WUMVISE AYIKORESHEJE ABA ASA NUWURIKO AHIGAHO YOCA NGWAHUNGE ABA YARAMAZE GUKUMIGWA. Hafsa Mossi nahatavuze nkuku arimahama bisa nivyagenze nkuku. Atashe twese twarabonye ivyakurikiye. Nuyo mumisi #pacifique azoba ariko aramutabariza

"Pingura ibipinga" canke "Hongora injavyi" canke "Tera inda abakeba" izo simvugo z'umugambwe wiwe? Baravyigisha hama bakabishira mu ngiro ubu niho abona ko atarivyo? Urazi abantu bamaze gupfa kubera ivyo bintu? Ntadufate nk ibijuju canke adusinzirize. Igihugu baracishe.

Babishire mu ngiro!!

Uwu mugabo agashavu amaranye imisi karerekana ko amaze kubona ko igihugu kigeze ahatemba. Mbona aruta bose mumajambo ashikiriza, ariko arerekana ko atanguvu agifise.

Mbe umutegetsi bavuze ushaka kwica ni nde?😂

😅 useless CNDD FDD, just bla bla bla

Mbe twa tubwa @KamikaziAnne,@nibartez bashaka gukamisha akajagari n’amagorwa y’abarundi bashigikira ibisutamye, za @Ikiriho , ibi ko batabivuga!! Iwabo u Burundi bugarukira kunda zabo!

Ese yaba imvugo yajana n'ingiro???
Benzer Videolar
Sensitive content
Écouter bien c'est pour les facho les Rn ect... Il dit bien la vérité
𝙎ᴋᴀꜰᴏᴜ&𝘾ɪᴇ
568,943 görüntüleme • 2 yıl önce
