正在加载视频...

视频加载失败

where is my friend? :)

18,168 次观看 • 10 天前 •via X (Twitter)

7 条评论

Tresor 的头像
Tresor10 天前

Ashigikiye akagara mu gutuka ababyeyi ark ntababwiza ukuri ko gutuka ababyeyi bitera umwaku,iherezo ryiwe ni ribi cane

Tigro 的头像
Tigro9 天前

Ndaravye ivyo yavuze nciye numva ishavu vrt…ubu karaciye ingani igihugu gipfe hanyuma ngo tunume. Ubu ikibazo si abica igihugu ikibazo ni abagitabariza?

Cocos Cocos 的头像
Cocos Cocos10 天前

Ntimwihute kuvuga

Amahoro iwacu 的头像
Amahoro iwacu10 天前

Naho vyoba atarivyo badahaye bamukurikirana, Asha asivye iyazoja kazima yatembeje ONATOUR ,birya avuga vyose nukuraba uko yosamaza ntahanwe

Nkunzimana 的头像
Nkunzimana10 天前

Kandi sha yariko aceza igisimba akaba ari intambo gakondo yabanyamulenge abo banyamulenge nyene bakaba bariko baratotezwa kandi abifisemwo uruhare! Ndikuvuga Mbayahaga

Hangiro Etincelle 的头像
Hangiro Etincelle9 天前

Semera, wakuriye i Mutabila, wahindutse umututsi gute? Semerera? Pacifique avuze ngo imbonerakure, DD, Interahamwe,FDLR, Wazalendo, jenosideri aba avuga wewe, Umuhutu.Nta kintu kibabaje nk’ ukugira ubwenge buke.

Semerera 的头像
Semerera9 天前

Ngo nakuriye i Mtabila ? Jewe nize primaire na secondaire mu Burundi. Nasohotse igihugu mfise imyaka 23. Nize kaminuza muri South Africa. Etc... Ivyo vy'igihutu n'igitutsi navyo, pfa mwipfane jewe ntituri kumwe. 😆 🤣 😂

相关视频