Video wird geladen...

Video konnte nicht geladen werden

Zur Startseite

YES๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ

22,502 Aufrufe โ€ข vor 3 Monaten โ€ขvia X (Twitter)

21 Kommentare

Profilbild von ngoma ya ruhinda
ngoma ya ruhindavor 3 Monaten

Abahutu bose ntitubona ko CNDD FDD arintwaro yacu. Ahubwo benshi dufatira kumateka yakahise tugatinya ko vyokwisubiriza tukabona hopfuma hatwara CNDD FDD yoyo mukwica idatora ngo naka n'umuhutu ahubwo bica uwubitambitse imbere wes bataravye ubwoko. Umuhutu umututsi togowamwe twes

Profilbild von Chris Bizimungu
Chris Bizimunguvor 3 Monaten

Dondeza ni mwiza kandi afise ubwenge

Profilbild von Saleh B
Saleh Bvor 3 Monaten

Mbe we ko utagiye wambare umwenda uje gutabara ?

Profilbild von rudahura
rudahuravor 3 Monaten

Babwire ubutegetsi buraborera

Profilbild von Samuel Vyoroheye
Samuel Vyoroheyevor 3 Monaten

Nkaho uriko uradedemba iki wamu 2000 deux mile ans wee urazi icasongoye ihwa ba urangatwa ico tuzi turakizi ntukidutamika twabonye vyishi kuruta ibi wanyana y'ibwa .

Profilbild von Umumanuka
Umumanukavor 3 Monaten

Part 1 :Ideologie yiwe iragaragaza ko yavuze nkumututsikazi, birababaje kuvuga amajambo nkaya mu gihe hakiriho abantu bafise blessures za guerres civiles, nukuri aba twiyita abatutsi ndi sur ko turose umukuru wumututsi twosubira kwikunda 100% bigakwega izindi nduru

Profilbild von Umumanuka
Umumanukavor 3 Monaten

Part2: ubu impindukw ikenewe mu burundi siya masoro kuko urwo turiko ruramaze, dukeneye umutware anywanisha abarundi agatsimbataza amahoro, hama akabatunganiriza ivyo bakeneye hama m butungane cank kw iterambere. Uwu wumvise ingene uvuga ufse ubwenge uramutahura wisunze kahise

Profilbild von Niyonkuru sadi
Niyonkuru sadivor 3 Monaten

stop talking abt Hutu n tutsi vuga abarundi reka amachakubiri nta muhutu nta mututsi ari muburundi ko twese tuvuga ururim rumwe so no tribes in Burundi plz

Profilbild von Petit Muva
Petit Muvavor 3 Monaten

Oyasha Pamela Tekana. Iyo utuzanyemwo ivyiyumviro nkivyo ntitwokwumva nagato. Intambara. Mamawe reka reka

Profilbild von Doucen fred
Doucen fredvor 3 Monaten

La vรฉritรฉ sort de la bouche des enfants !!

Profilbild von Iwacu
Iwacuvor 3 Monaten

Inzoga zโ€™ibyuma baraziciye mu Rwanda nsinzi impamvu muri Canada batarazica ๐Ÿคฃ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Profilbild von Adam wo muri Edeni
Adam wo muri Edenivor 3 Monaten

Ni ijwi risemerera mu bugaragwa๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

Profilbild von Inarunyonga
Inarunyongavor 3 Monaten

Iyaba abatutsi mutatwaye uburungi imyaka 40 tukabona ivyo mwagiriye abahutu twari kukwemera. 1965, 1972, 1988, 1993. Aho wibaza ngo abahutu baravyibagiye? @ikigatanyakazi ( mbe wari uI ko ikigatanya gisigura shetani?)

Profilbild von Ntunzwenimana M
Ntunzwenimana Mvor 3 Monaten

๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ๐Ÿšฌ

Profilbild von Zabulon Kimararungu
Zabulon Kimararunguvor 3 Monaten

Pamela Kazekare uri agahutukazi, iyakire ureke kuzimiza, kugira ube umurundi ubanza kuba: umututsi, Canke UMUHUTU, Canke Umutwa, utari kimwe muri ivyo ronderera ahandi atari i Burundi, umunyamahanga๐Ÿคท๐Ÿฝ๐Ÿคท๐Ÿฝ๐Ÿคท๐Ÿฝ๐Ÿคท๐Ÿฝ

Profilbild von Jean anastase Hicuburundi
Jean anastase Hicuburundivor 3 Monaten

URWENGE...Uwo mu SlayQueen aragayana!! Aho yibaza ko intego yiwe abarundi batayibona. C'est une vulguere manipulatrice, propagandiste. Nagende abandanye akazi yariko. Ahandi biranyerera, ndabarahiye.

Profilbild von Urahiriwe
Urahiriwevor 3 Monaten

Weed speaks itself ๐Ÿคฆ๐Ÿฟโ€โ™‚๏ธ๐Ÿ˜… Abo urondera injira mu Burundi ubitubwire uriyo ๐Ÿ˜…๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ TUZOBASHIRIRIZA๐Ÿ’ช๐Ÿฟ๐Ÿ’ช๐Ÿฟuwahemutse Niwewe

Profilbild von PhD Nkurunziza Liora
PhD Nkurunziza Lioravor 3 Monaten

CNDD ni igiki ga @ikigatanyakazi ?

Profilbild von Bigirimana Amir
Bigirimana Amirvor 3 Monaten

Nta deal ngaha ntamuntu ari mu burundi yogushigikira uriko uzana ivyintambara

Profilbild von ISINIBANGA
ISINIBANGAvor 3 Monaten

Urumurundikazi muburundi yaba twatahura ntabwoko buhari

Profilbild von Tolleson
Tollesonvor 3 Monaten

Aka urumogi rwarakongoje

ร„hnliche Videos