Загрузка видео...
Не удалось загрузить видео
YES💪🏾💪🏾💪🏾
22,502 просмотров • 3 месяцев назад •via X (Twitter)
Комментарии: 21

Abahutu bose ntitubona ko CNDD FDD arintwaro yacu. Ahubwo benshi dufatira kumateka yakahise tugatinya ko vyokwisubiriza tukabona hopfuma hatwara CNDD FDD yoyo mukwica idatora ngo naka n'umuhutu ahubwo bica uwubitambitse imbere wes bataravye ubwoko. Umuhutu umututsi togowamwe twes

Dondeza ni mwiza kandi afise ubwenge

Mbe we ko utagiye wambare umwenda uje gutabara ?

Babwire ubutegetsi buraborera

Nkaho uriko uradedemba iki wamu 2000 deux mile ans wee urazi icasongoye ihwa ba urangatwa ico tuzi turakizi ntukidutamika twabonye vyishi kuruta ibi wanyana y'ibwa .

Part 1 :Ideologie yiwe iragaragaza ko yavuze nkumututsikazi, birababaje kuvuga amajambo nkaya mu gihe hakiriho abantu bafise blessures za guerres civiles, nukuri aba twiyita abatutsi ndi sur ko turose umukuru wumututsi twosubira kwikunda 100% bigakwega izindi nduru

Part2: ubu impindukw ikenewe mu burundi siya masoro kuko urwo turiko ruramaze, dukeneye umutware anywanisha abarundi agatsimbataza amahoro, hama akabatunganiriza ivyo bakeneye hama m butungane cank kw iterambere. Uwu wumvise ingene uvuga ufse ubwenge uramutahura wisunze kahise

stop talking abt Hutu n tutsi vuga abarundi reka amachakubiri nta muhutu nta mututsi ari muburundi ko twese tuvuga ururim rumwe so no tribes in Burundi plz

Oyasha Pamela Tekana. Iyo utuzanyemwo ivyiyumviro nkivyo ntitwokwumva nagato. Intambara. Mamawe reka reka

La vérité sort de la bouche des enfants !!

Inzoga z’ibyuma baraziciye mu Rwanda nsinzi impamvu muri Canada batarazica 🤣😂😂😂

Ni ijwi risemerera mu bugaragwa😂😂😂😂😂😂

Iyaba abatutsi mutatwaye uburungi imyaka 40 tukabona ivyo mwagiriye abahutu twari kukwemera. 1965, 1972, 1988, 1993. Aho wibaza ngo abahutu baravyibagiye? @ikigatanyakazi ( mbe wari uI ko ikigatanya gisigura shetani?)

🚬🚬🚬🚬🚬🚬🚬🚬🚬🚬🚬🚬

Pamela Kazekare uri agahutukazi, iyakire ureke kuzimiza, kugira ube umurundi ubanza kuba: umututsi, Canke UMUHUTU, Canke Umutwa, utari kimwe muri ivyo ronderera ahandi atari i Burundi, umunyamahanga🤷🏽🤷🏽🤷🏽🤷🏽

URWENGE...Uwo mu SlayQueen aragayana!! Aho yibaza ko intego yiwe abarundi batayibona. C'est une vulguere manipulatrice, propagandiste. Nagende abandanye akazi yariko. Ahandi biranyerera, ndabarahiye.

Weed speaks itself 🤦🏿♂️😅 Abo urondera injira mu Burundi ubitubwire uriyo 😅😂😂 TUZOBASHIRIRIZA💪🏿💪🏿uwahemutse Niwewe

CNDD ni igiki ga @ikigatanyakazi ?

Nta deal ngaha ntamuntu ari mu burundi yogushigikira uriko uzana ivyintambara

Urumurundikazi muburundi yaba twatahura ntabwoko buhari

Aka urumogi rwarakongoje
