
BBC News Gahuza
@bbcgahuza • 93,604 subscribers
Ikaze kuri BBC Gahuzamiryango, sangira ibitekerezo, kurikirana amakuru atabogamye.
Videos

Prezida #Ndayishimiye aragabisha ko Urwanda rufise umugambi wo gutera n'Uburundi
BBC News Gahuza155,446 просмотров • 1 год назад

Amwe mu mashusho yerekana abarwanyi ba M23 binjira i Goma #DRCongo
BBC News Gahuza144,505 просмотров • 1 год назад

BBC Gahuzamiryango ibararikiye ikiganiro cyihariye na Perezida w'u Burundi. avuga ku ngingo zitandukanye zirebana n'igihugu cye, akarere,umutekano na politiki. Vuba aha muzakireba ku mbugankoranyambaga zacu za BBC News Gahuza. 🎞️Juventine M. 🎥 Muhawenayo Cyiriaque.
BBC News Gahuza15,604 просмотров • 1 месяц назад

Inyuma y'imyaka 32 indege yarimwo Prezida #CyprienNtaryamira w'Uburundi irashwe, n'ubu umuryango wiwe uracarindiriye kumenya ababikoze. #SylvanaNtaryamira agaruka ku vyashitse ico gihe - Iki kiganiro yagihaye #BBCGahuzamiryango itari 6 z'ukwezi kwa kane mu 2024.
BBC News Gahuza41,272 просмотров • 5 месяцев назад

Video: Murumuna wa Aimable Karasira yasutse amarira asezera kuri mukuru we...
BBC News Gahuza29,627 просмотров • 3 месяцев назад

Kuvukira ku #Mutakura ukisanga muri #Fashion i #Paris, #Tokyo, #Milan....
BBC News Gahuza38,926 просмотров • 7 месяцев назад

Imyiyerekano y'Abanyecongo i Bruxelles Iyo myiyerekano yabaye inyuma y'uko reta ya Kinshasa itanguje isekeza yise "Congolais Telema" aho ihamagarira Abanyecongo aho bari kuja "ku rugamba rw'abaturage" mu ntambara iyo reta ivuga iki gihugu catewe n'ingabo z'u Rwanda
BBC News Gahuza52,517 просмотров • 1 год назад

Video: Trifine Mukangamije, uri hafi kugira imyaka 70, na bagenzi be b’i Nyamirama, barimo guhindura ibisanzwe ko 🏀 atari umukino w’abagore bo mu cyaro mu #Rwanda Uyu mukino, na siporo muri rusange, byamuvuye indwara mbere yarwara… 🎥&🎞️: Samba Cyuzuzo
BBC News Gahuza42,689 просмотров • 1 год назад

