
BBC News Gahuza
@bbcgahuza • 93,253 subscribers
Ikaze kuri BBC Gahuzamiryango, sangira ibitekerezo, kurikirana amakuru atabogamye.
Videos

Video: Murumuna wa Aimable Karasira yasutse amarira asezera kuri mukuru we...
BBC News Gahuza29,559 Aufrufe • vor 27 Tagen

Inyuma y'imyaka 32 indege yarimwo Prezida #CyprienNtaryamira w'Uburundi irashwe, n'ubu umuryango wiwe uracarindiriye kumenya ababikoze. #SylvanaNtaryamira agaruka ku vyashitse ico gihe - Iki kiganiro yagihaye #BBCGahuzamiryango itari 6 z'ukwezi kwa kane mu 2024.
BBC News Gahuza41,208 Aufrufe • vor 2 Monaten

Prezida #Ndayishimiye aragabisha ko Urwanda rufise umugambi wo gutera n'Uburundi
BBC News Gahuza155,425 Aufrufe • vor 1 Jahr

Amwe mu mashusho yerekana abarwanyi ba M23 binjira i Goma #DRCongo
BBC News Gahuza144,460 Aufrufe • vor 1 Jahr

Kuvukira ku #Mutakura ukisanga muri #Fashion i #Paris, #Tokyo, #Milan....
BBC News Gahuza38,835 Aufrufe • vor 4 Monaten

Perezida Cyril Ramaphosa wa #SouthAfrica ati: “Abantu bashobora kwibaza ko Perezida Kagame nanjye duhanganye. Bamwe mwaba mwibajije ko haza kwaka umuriro mu gihe twicaye twegeranye...” Yavuze ibi mu nama ya Africa CEO Forum #ACF2025 iri kubera Abidjan muri #IvoryCoast
BBC News Gahuza61,739 Aufrufe • vor 1 Jahr

Imyiyerekano y'Abanyecongo i Bruxelles Iyo myiyerekano yabaye inyuma y'uko reta ya Kinshasa itanguje isekeza yise "Congolais Telema" aho ihamagarira Abanyecongo aho bari kuja "ku rugamba rw'abaturage" mu ntambara iyo reta ivuga iki gihugu catewe n'ingabo z'u Rwanda
BBC News Gahuza52,511 Aufrufe • vor 1 Jahr


