
BBC News Gahuza
@bbcgahuza • 93,422 subscribers
Ikaze kuri BBC Gahuzamiryango, sangira ibitekerezo, kurikirana amakuru atabogamye.
Videos

Prezida #Ndayishimiye aragabisha ko Urwanda rufise umugambi wo gutera n'Uburundi
BBC News Gahuza155,446 views • 1 year ago

Amwe mu mashusho yerekana abarwanyi ba M23 binjira i Goma #DRCongo
BBC News Gahuza144,505 views • 1 year ago

BBC Gahuzamiryango ibararikiye ikiganiro cyihariye na Perezida w'u Burundi. avuga ku ngingo zitandukanye zirebana n'igihugu cye, akarere,umutekano na politiki. Vuba aha muzakireba ku mbugankoranyambaga zacu za BBC News Gahuza. 🎞️Juventine M. 🎥 Muhawenayo Cyiriaque.
BBC News Gahuza15,604 views • 1 month ago

Inyuma y'imyaka 32 indege yarimwo Prezida #CyprienNtaryamira w'Uburundi irashwe, n'ubu umuryango wiwe uracarindiriye kumenya ababikoze. #SylvanaNtaryamira agaruka ku vyashitse ico gihe - Iki kiganiro yagihaye #BBCGahuzamiryango itari 6 z'ukwezi kwa kane mu 2024.
BBC News Gahuza41,272 views • 5 months ago

Video: Murumuna wa Aimable Karasira yasutse amarira asezera kuri mukuru we...
BBC News Gahuza29,627 views • 3 months ago

Kuvukira ku #Mutakura ukisanga muri #Fashion i #Paris, #Tokyo, #Milan....
BBC News Gahuza38,926 views • 7 months ago

Imyiyerekano y'Abanyecongo i Bruxelles Iyo myiyerekano yabaye inyuma y'uko reta ya Kinshasa itanguje isekeza yise "Congolais Telema" aho ihamagarira Abanyecongo aho bari kuja "ku rugamba rw'abaturage" mu ntambara iyo reta ivuga iki gihugu catewe n'ingabo z'u Rwanda
BBC News Gahuza52,517 views • 1 year ago

