
Jimbere
@MagazineJimbere • 145,349 subscribers
Magazine par, pour les Jeunes & Femmes du #Burundi. [email protected]
Videos

🆕 Le Jimbere a une nouvelle Directrice Exécutive: Mme Ange Brielle Muco. 📌 Après huit ans à la tête de l'organisation, l'écrivain et journaliste Roland Rugero avait présenté sa démission en avril 2025 à l'Association des Éditeurs du Magazine Jimbere (#ASSEMAJI) "pour convenances personnelles et réorientation professionnelle". Les cérémonies de remise et reprise se sont tenues ce 12 mai 2025 au siège de #Jimbere. #Burundi #YouthEmpowerment
Jimbere16,227 görüntüleme • 1 yıl önce

🎙️ Daniel Gelase Ndabirabe, umukuru wa Inama Nshingamateka ati: "None mwebwe, mu #Cankuzo imbwa zice abantu, namwe ikibazo mukigire ikibazo c'igihugu?". 💉💊 Mu gihe ku wa 26 Ruheshi 2025, abashingamateka bariko bashikiriza Umushikiranganji ajejwe amagara y'abantu ikibazo c'ikena ry'imiti ihabwa abariwe n'imbwa, na cane cane mu ntara ya #Cankuzo, umukuru w'Inama Nshingamateka Daniel Gelase Ndabirabe asaba ko nyabuna bene izo mbwa bozica ❓Yagize ati: "Mbega izo mbwa bazigamwo iki abazitunze? Fata ingingo izo mbwa zose muzice..., zihwate zose" #Uburundi #Amagara #Jimbere
Jimbere15,036 görüntüleme • 1 yıl önce
Daha fazla içerik yok.