
NDIKURIYO Guy Raoul
@NdikuriyoRaoul • 4,529 subscribers
Burundais 🇧🇮 🥰 Nanka @CnddFdd
Shorts
Videos

Madame #Neva aratubarira Ivyo yabonye n’icigwa yakuye Amerika. Aravuga yuko ata mwanya uhagije yaronse ngo yarikwiga vyinshi cane. 😂😂😂 Ni gute twisanze turongowe n’abantu batagira ubwenge kweli 🫣🫣😭 SE Evariste Ndayishimiye IWACU Burundi Yaga Burundi CNDD-FDD
NDIKURIYO Guy Raoul55,113 görüntüleme • 3 ay önce

Mu Burundi ata Président dufise. Raba ikijuju ngaha.
NDIKURIYO Guy Raoul117,984 görüntüleme • 1 yıl önce

Barundi, Barundikazi b’Umutima, ndagira ngo ndabamenyeshe ko ata Président dufise. SE Evariste Ndayishimiye ubesha ko yagwanye n’Inkotanyi, atazo azi. Ingabo z’u Rwanda, nico gisoda gifise inguvu muri Afrique yose. Uyu General utarigeze yiga muri collège militaire n’imwe aratubesha.
NDIKURIYO Guy Raoul34,571 görüntüleme • 6 ay önce

Ndasavye imbabazi Abanyarwanda mwese ku majambo arimwo ubujuju na na impolitesse nyinshi cane, uyu yitwa ko ari Umukuru w’igihugu yavuze. Birateye isoni kwitwa Umurundi, igihe cose dufise indongozi ya CNDD-FDD SE Evariste Ndayishimiye Tu es une honte à la nation.
NDIKURIYO Guy Raoul59,279 görüntüleme • 1 yıl önce

Abadandazamagara nibo bariko baramamaza SE Evariste Ndayishimiye kuko Abarundi b’akaranga barazi ko ataco azodushitsako uretse ubukene. Raba uwo musoda ingene asa vraiment 🫣🫢 Igihugu cacu carapfuye 😭 CNDD-FDD vyaranse Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 𝙋𝙖𝙩𝙧𝙞𝙤𝙩𝙚 🇧🇮 ibi ni ibiki basha ?
NDIKURIYO Guy Raoul32,276 görüntüleme • 1 yıl önce

Ingene basa, bavuga…vyose birerekana yuko u Burundi nta kazoza bufise igihe cose burongowe n’umugambwe CNDD-FDD w’abicanyi. Ikijuju Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 kizojana na neva, mu kwezi kwa Mukakaro. SE Evariste Ndayishimiye vyaranse Ntare Rushatsi House
NDIKURIYO Guy Raoul12,747 görüntüleme • 1 yıl önce
Daha fazla içerik yok.