
NDIKURIYO Guy Raoul
@NdikuriyoRaoul • 4,529 subscribers
Burundais 🇧🇮 🥰 Nanka @CnddFdd
Shorts
Videos

Madame #Neva aratubarira Ivyo yabonye n’icigwa yakuye Amerika. Aravuga yuko ata mwanya uhagije yaronse ngo yarikwiga vyinshi cane. 😂😂😂 Ni gute twisanze turongowe n’abantu batagira ubwenge kweli 🫣🫣😭 SE Evariste Ndayishimiye IWACU Burundi Yaga Burundi CNDD-FDD
NDIKURIYO Guy Raoul55,113 просмотров • 5 месяцев назад

Mu Burundi ata Président dufise. Raba ikijuju ngaha.
NDIKURIYO Guy Raoul118,033 просмотров • 1 год назад

Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye, abanyagihugu dukeneye ibisiguro. Mutubarire ingene wewe n’Ububiligi muriko muritegura gutera igihugu kivukanyi c’u Rwanda. Barundi, Barundikazi, Umukuru w’igihugu cacu ariko aradushira mu kaga, nimuhaguruke.
NDIKURIYO Guy Raoul27,979 просмотров • 5 месяцев назад

Barundi, Barundikazi b’Umutima, ndagira ngo ndabamenyeshe ko ata Président dufise. SE Evariste Ndayishimiye ubesha ko yagwanye n’Inkotanyi, atazo azi. Ingabo z’u Rwanda, nico gisoda gifise inguvu muri Afrique yose. Uyu General utarigeze yiga muri collège militaire n’imwe aratubesha.
NDIKURIYO Guy Raoul34,584 просмотров • 7 месяцев назад

Ndasavye imbabazi Abanyarwanda mwese ku majambo arimwo ubujuju na na impolitesse nyinshi cane, uyu yitwa ko ari Umukuru w’igihugu yavuze. Birateye isoni kwitwa Umurundi, igihe cose dufise indongozi ya CNDD-FDD SE Evariste Ndayishimiye Tu es une honte à la nation.
NDIKURIYO Guy Raoul59,279 просмотров • 1 год назад
Больше нет контента для загрузки