
Reynolds Butari
@ReynoldsButari • 14,978 subscribers
Passionné des marchés financiers et organise des spaces X pour promouvoir liberté d'expression au Burundi. The truth shall set you free
Shorts
Videos

Ngizi za audios nababwira ziriko zicanako kuma groupes whatsapp. Aba DD bariko barondera prétextes yo guteranya Rwanda. Nimwumvirize namwe 👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾. Ndabibutse ko Neva aheruka Kinshasa kwakira umushahara nayandi ma directives ahawe n'umukoresha wiwe Tshisekedi Tshilombo
Reynolds Butari61,784 次观看 • 1 个月前

Neva yagiye gutwenga abasirikare 🤣😂😂😂😂 Tubibutse kw'ejo bundi abasirikare babarundi bagwana muri Congo Neva yarabafitiye agashahara ka 3 mois atabahemba baca basanga abarya 7 millions par mois. Kuri 23 millions kumezi atatu bari bandikiwe, batahanye 2 millions 🤷🏾♂️🤷🏾♂️🤷🏾♂️🤷🏾♂️ None nguyo agiye gutayaya 😂😂😂😂
Reynolds Butari38,401 次观看 • 1 个月前

Nkuko nababwiye tuzoza turagenda buhoro buhoro nababwiye ko space tuyifise yose. Isesengura rya kabiri : Inoti za Reverien zirakoze ibara kandi inda ndende ihumira inrya ikica akokize Wumvirije irya space uc'utahura ko Au fait Senyamwiza azeye uburaro n'uburamuko kuri zirikunama, chômage ni mbi cane Vyabindi vyose Yama yiyita inkotanyi bica bihera abonye zirikunama, Zirikunama amubwiye ati Bwejeri ni bon ivy'avuga ndavyemera. Senyamwiza aca ajana narwo ngo oooohhh Bwejeri,caravaniers , kit , IDC ,.. nayandi mahopa yabarwayi bo mu mutwe.. Malgré que Bwejeri Yama atuka président wu Rwanda kagame matin midi soir, kandi Senyamwiza amufise kuri profil yiyita inkotanyi 😂😂😂😂, ahora yemera agaca bugufi akareka ka Bwejeri kakavuga pour ne pas perdre les faveurs et surtout l'argent de zirikunama 😂😂😂😂.. Aho murumva ko Inoti za Reverien zakoze ibara mu ma spaces Ikindi natahuye murirya > yabo n'uko Senyamwiza yaratahuye très tôt ko zirikunama ariwe afise cash za Reverien. non seulement aramwisemba bikabije en plus il a tout fait pour kuyarya we nyene , donc yaciye y'ecarta Rumata na Nyambo kugira ayiryane we nyene.. Wabatu Nyambo yariko yisabira 10 milles dollars none barayamwimye 😂😂😂😂.. Burya bwose yatwita palipehutu kugira bamuhe 10 milles dollars ? Inda ndende ihumira inrya Nico gituma ari prêt kurementanya ko Nyambo est l source de tous les malheurs kandi kwariwe nyene zirya comptes Ba Emmanuel na Béatrice bashaka cash za ac Génocide Nyakuri baca kuri Senyamwiza kugira abazanire mama boss zirikunama a financer..
Reynolds Butari16,576 次观看 • 20 天前

Ubu ho Maxime yasaze , ahejeje kuvuga ngo avugira armée burundaise y'a Neva ngo kuko yamukijije muri 1993 😂😂😂😂😂... Aho lero ngo yariko abesha abanya Rwanda abasigurira igituma ngo bakwiye gu cleaninga abanyarwanda mu burundi. Kubwiwe ngo Bisigura gukuramwo ba Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 muri armée burundaise 🤷🏾♂️🤷🏾♂️🤷🏾♂️🤷🏾♂️ .. Si vous l'écoutez très bien vous comprendrez qu'il utilise le même langage d'infiltration cher à Patrick muyaya , genocost et autres qui parlent d'infiltration rwandaise au sein de l'armée congolaise. Il recycle le même discours à la sauce burundaise
Reynolds Butari16,132 次观看 • 1 个月前

Voici ma réponse officielle sur que certains d'entre vous m'ont rapporté. Je vous partage mon analyse : Ce qui se passe actuellement, c'est la version moderne — et numérique — de la chasse aux sorcières. Dans un contexte de lutte révolutionnaire ou politique, les accusations d'"infiltration" sont l'arme ultime des personnes en quête de légitimité. Voici mon analyse de ce qui se joue sur ces Spaces et pourquoi ils s'en prennent à moi et à ce gros compte anonyme : 1/
Reynolds Butari44,516 次观看 • 7 个月前

Abarundi Dukomeze Kumenyana. Uwazanye terme ya > nuyu Bwejeri yitaziriye Prince Cositu. Iyo terme yise Kit ya yi créé muri Janvier 2025. N'igihe we nakagwi kiwe vyari bihejeje kubafyura biteze gu piega société civile na médias en exil ngo bavuge ko barwanira ubwoko bumwe. Yaciye azana iyo terme kugira abe aratesh'umwanya n'umutwe abahagurutse gutabara igihugu. Baba bagomba kubiba urwanko mu ntwari zahagurutse kugira habe ukwikekana. Umukenyuro wabo n'uwo kubiba urwanko. Namwe nimwumvirize ibijuju avuga muriyi audio. Aya majambo karya kagwi kavuga ateyee isoni, ni déshumanisation ni plus ni moins. Kandi Ayo majambo yabo akomeza discours ya CNDD FDD. Namwe mumbwire nimba atari mission yo gukwega akarambaraye barimwo
Reynolds Butari57,643 次观看 • 1 年前

Une maman camerounaise qui habite au Burundi appelle à l'aide auprès de la première dame. Elle dit militer pour le parti Cndd fdd 🤷🏾♂️, elle dit s'être donné corps et âme dans l'enseignement supérieur à l'université, et dans d'autres missions au Congo notamment à Goma 😱🙄😒, ... Petite note en kirundi kugira aba nyamahanga ntibadutwenge 😂, none uyu mu mama imyaka yose amaze mu Burundi ntawamwibiye akabanga k'ukuntu aba DD bahemba nabi? Ntabona ivyo bakoreye ba Bunyoni ? Abarwiza tunga nka ba ntasano? Nka ba brown? Nka ba kirahwata? Aba militantes des premières heures nka ba Hafsa mosi? Vy'ukuri nta muntu yamubwiye ko barya bantu atajambo bafise ? Ko bari ingrats? Igito?
Reynolds Butari23,473 次观看 • 5 个月前

Barundi, barundikazi namwe rwaruka😂, Narababwiye kuva kera ko Bwejeri akorera Cndd Fdd bamwe muri mwe muraharira mujana narwo mwishinga kumukirikira murwa mu mutego w'aba DD. Mwumvirinje neza ibi Bintu ariko aravuga mwumva harahi bitaniye na discours z'aba DD? Iciza n'uko abarundi bumutima bataguye muri piège yiwe ya Mchezo wa ndani. Ukuri guca muziko ntigusha narababwije ukuri mwanka kwumva mu mwiruk'inyuma none yarabagurishije.
Reynolds Butari21,447 次观看 • 6 个月前

Abarundi Dukomeze Kumenyana. Uwuzomenya umwidondoro wiyo mbonerakure yiyita Maslow, yiyemerera kw'ari ready gukora ihonyabwoko ubugira kangahe, azowudusangize. Abantu nkaba nibo batuma u Burundi buzoguma ar'igihugu ca mbere gikenye kwisi. Umusi igihugu cabohowe bazobibazwa imbere y'ubutungane. Abo biciye nabo hamwe nabo bangaje bazoshumbushwa amagogwa izi mbonerakure zatey'igihugu
Reynolds Butari41,038 次观看 • 1 年前

Ibintu bibiri nagomba kumenyesha abarundi bene bacu. 1. Bear market yaheze. C'est-à-dire que les marchés financiers prévoient une fin du conflit muri Golfe persique. Ihera canke ibandanya le marché s'en fichent les actions vont continuer à grimper. Ne ratez pas ce train. Muri make Bisigura ko c'est maintenant le moment de racheter des actions tech hamwe n'izindi gushika umwaka uhere, ivyo nzobigirako ibiganiro vyinshi kuri zoom kandi ndavyandikeko birambuye. 2. Kubipfuza gutaha mu Burundi mw'iteka igihe canyu cageze co guterera kugira muter'intege abugurura inzira. Jewe nzoterera ahantu habiri : focode na red tabara. Naho nyene nzogir'ibiganiro bitari bike kugira tubiyageko. Ukaba ushobora kubika ayarenga 20 dollars Ku kwezi , uzohora utanga 10 kuri focode na 10 kuri red tabara. Utayafise uzoterere amasengesho. Muga niwaba uyafise ukumva ntushaka kubafasha ubwo n'uburenganzira bwawe muga ntuzohor'uza kutumena amatwi ngo DD itwaye nabi, uzoba wahisemwo kwumviriza show y'a Neva🤣
Reynolds Butari16,947 次观看 • 5 个月前

Ce matin, les habitants de Luvungi ont vu dans leur église les militaires burundais que Neva a envoyé dans le Kivu. Ces militaires sous payés (Neva garde la presque totalité de leur salaire pour lui et une poignée de generau), seront-ils plus forts que la Sadec et les militaires roumains? Seront-ils plus efficaces que la Monusco ? Quand ils seront capturés Neva dira qu'ils sont red tabara, quand ils mourront il empêchera leur familles respectives de faire le deuil 🥺.
Reynolds Butari21,811 次观看 • 1 年前
0:56
Sensitive content
This media may contain sensitive content.

Ce matin , dans le Sud Kivu, Un sukhoi des FARDC en provenance de Bujumbura, qui bombardait des infrastructures civiles a été descendu par l'armée Révolutionnaire Congolaise. Pour info, l'ARC est la branche armée de l'AFC/M23. Comme en témoigne cette vidéo dans laquelle on voit un débris du sukhoi sur les plages du Lac Tanganyika côté congolais, nous observons qu'il essayait désespérément de rentrer vers sa base arrière à Bujumbura
Reynolds Butari13,704 次观看 • 9 个月前