Reynolds Butari's banner
Reynolds Butari's profile picture

Reynolds Butari

@ReynoldsButari • 14,978 subscribers

Passionné des marchés financiers et organise des spaces X pour promouvoir liberté d'expression au Burundi. The truth shall set you free

Shorts

Iyi ntwaro yaravumwe abarundi tudakoze ibishoboka vyose tuyikure ibihano vy'imana bizogwira

Iyi ntwaro yaravumwe abarundi tudakoze ibishoboka vyose tuyikure ibihano vy'imana bizogwira

18,528 次观看

Videos

ReynoldsButari's profile picture

Nkuko nababwiye tuzoza turagenda buhoro buhoro nababwiye ko space tuyifise yose. Isesengura rya kabiri : Inoti za Reverien zirakoze ibara kandi inda ndende ihumira inrya ikica akokize Wumvirije irya space uc'utahura ko Au fait Senyamwiza azeye uburaro n'uburamuko kuri zirikunama, chômage ni mbi cane Vyabindi vyose Yama yiyita inkotanyi bica bihera abonye zirikunama, Zirikunama amubwiye ati Bwejeri ni bon ivy'avuga ndavyemera. Senyamwiza aca ajana narwo ngo oooohhh Bwejeri,caravaniers , kit , IDC ,.. nayandi mahopa yabarwayi bo mu mutwe.. Malgré que Bwejeri Yama atuka président wu Rwanda kagame matin midi soir, kandi Senyamwiza amufise kuri profil yiyita inkotanyi 😂😂😂😂, ahora yemera agaca bugufi akareka ka Bwejeri kakavuga pour ne pas perdre les faveurs et surtout l'argent de zirikunama 😂😂😂😂.. Aho murumva ko Inoti za Reverien zakoze ibara mu ma spaces Ikindi natahuye murirya > yabo n'uko Senyamwiza yaratahuye très tôt ko zirikunama ariwe afise cash za Reverien. non seulement aramwisemba bikabije en plus il a tout fait pour kuyarya we nyene , donc yaciye y'ecarta Rumata na Nyambo kugira ayiryane we nyene.. Wabatu Nyambo yariko yisabira 10 milles dollars none barayamwimye 😂😂😂😂.. Burya bwose yatwita palipehutu kugira bamuhe 10 milles dollars ? Inda ndende ihumira inrya Nico gituma ari prêt kurementanya ko Nyambo est l source de tous les malheurs kandi kwariwe nyene zirya comptes Ba Emmanuel na Béatrice bashaka cash za ac Génocide Nyakuri baca kuri Senyamwiza kugira abazanire mama boss zirikunama a financer..

Reynolds Butari

16,576 次观看 • 20 天前