Video yükleniyor...
Video Yüklenemedi
Ati ubushobozi 😂😂
21,429 görüntüleme • 4 ay önce •via X (Twitter)
9 Yorum

BaranerwaZion🦁4 ay önce
@Turiho_1990 Uyu musaza yakorotse kuva kera nubu ari muri pension baguma bamwikorako🔥🔥

Kaneza Mireille4 ay önce
Akayaga kenshi 🤣🤣🙈

Greg Le Grec4 ay önce
😂😂😂 bahuye n'igihuhusi Gatarina

Jiji4 ay önce
"Nawe nyene..."

Greg Le Grec4 ay önce
Ni ingorane 😂

Jiji4 ay önce
Guhisha inyonzo.

Iwacuuu🇧🇮4 ay önce
Guma hamwe, none wewe bakuriha kuguma u postinga negative gusa? Kebuka hama ushime rimwe na rimwe

TheCharismaticEnigma0024 ay önce
None batsindwa gute ku rugamba aho hakurya? Canke inkuru abamotari bambwiye ko ivyo bigwanisho aragatirano niyo?

𝑹𝑾𝑰𝑮𝑬𝑴𝑬𝑹𝑨 𝑺𝑬𝑴𝑼𝑻𝑨𝑲𝑰𝑹𝑾𝑨4 ay önce
Muratwenza😁😁
