Skip navigation
Mwiriwe ariko...
0:00 / 0:22

Mwiriwe ariko...

Umuhinga yigenga

@yigenga105K followers

Visit on X
104 likesDownloadOriginal post

15,812 views

Mwiriwe ariko...

33 Comments

Comments from the original post on X (Twitter)

  • MUGISHA Arnaud's profile picture

    @MUGISHAArnaud1

    Uyo mu TABANI @R_Ndikuriyo ubu nawe aho yicaye hashobora kuba atari heza. Aravye nabi azosaga bunyoni i Gitega .mutize amaso👇🏿narabe ico ibwa yaboneye ku mugezi,yabonye barashz aba manifestants batagira inkoho muri 2015 aca yibaza ko ni Congo ariko bizogenda?

    14 likes

  • MWEZI Gisabo's profile picture

    @MWEZIGisab73167

    FDNB, Imbonerakure, FARDC,FDLR, Wazalendo, Vuuuuu...

    6 likes

  • Sam Ruzindaza's profile picture

    @SRuzindaza

    @Muvara1Muvara Ariko utu tugabo kweri twumva uruhe rurimi? 😂😂😂😂

    5 likes

  • Semerera's profile picture

    @semerera2

    Uyu muhizi arishongora nkuko yoba ari Rambo canke Napoleon kandi ata tuguvu two kurwana afise 😆

    3 likes

  • umwenenrwekazi's profile picture

    @willanicea

    Si Dieu agis chez les voisins,ce qu il est dans le quartier......vuuuuu

    3 likes

  • Ian Muhizi's profile picture

    @MuhiziM

    Vuuuuuu afise udukuru twinshi kuriwe ariko😂

    3 likes

  • umwuzukuru wa nsigaye's profile picture

    @landrybig501

    Vuuu😀😀😀😀😀😀

    2 likes

  • Habimana Mussa's profile picture

    @HabimanaMussa2

    @PKuniversityy 🤣😂😬"kamwe kamwe". Ese Muribuka "Ifu yiminjira" @pnininahazwe @GeneralNeva

    2 likes

  • Genemis Josepha's profile picture

    @GenemisJ

    Ewe jewe!Vuuu!Nabo igisirikare canyu cumva kare language ya Vuuu!Uvira bayicamwo baduma nk’isazi n’inzuki

    1 like

  • Ben's profile picture

    @NzeyimanaBerna2

    Vuvuzela avuga iki kukugene fdnb bayivutuye muri Uvira?!😂

    1 like

  • URUNGANWE RUSHA 🇧🇮 🇺🇸's profile picture

    @UrunganweRusha

    N'ugusunikana Vuuvuu kamwe kamwe 🤣🤣🤣🤣 harya ibirwanisho nivyiki ? 💆‍♀️🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    1 like

  • Hope's profile picture

    @EspeD

    Aba ba type sinzi ivyo baba banyoye, umwe ngo mwaje gukora iki mwa mbwa mwe none undi nawe ngo ni vuuuu. Genda Burundi 🇧🇮 waragowe. Ni gute bwisanze muri ibi bintu kweri.

    1 like

  • Mutsiri Jean Clovis's profile picture

    @JeanMutsiri

    hahhhh

  • zambrota's profile picture

    @muntu2025e

    Vuuuuuuuu....😁

  • Ndarushe Ndagiye kuryama🛌💆's profile picture

    @ndarushe

    Kirapanze

  • Cobra's profile picture

    @NoRubleNoGas

    🤣

  • TheCharismaticEnigma002's profile picture

    @TheEnigma002

    tukugwamwo ni VUUUUUUU indege ntagitoro nukugenda namaguru kamwe kamwe

  • Tiya yote's profile picture

    @YoteTiya

    Vuu bébé😂😂

  • Rodzz's profile picture

    @poliiticoon

    Cyaze aba DD bikinire comedy nibyo bashoboye, Ngo vuuu..😭😂 Rocky kimomo menya ariwe ugomba kubibazwa 😂😂😂

  • Ubuntu Umurundi's profile picture

    @UbuntuUmurundi

    Burya abantu mudasotoye abantu ntimuba abantu😂😂😂😂😂